Ntumwa y’Imana! Bwira abemeye Imana Allah bagakurikira n’Intumwa yayo, bababarire ababagiriye nabi mu babangikanyamana batizeye indishi ku Mana Allah, batanatinya n’ibihano vyayo, kugira Imana Allah Izobahanire ivyaha vy'ivyo bari bararondeye kw’isi;