Iyo Twebwe Allah, Tuza kumanurira iyi Qor’ani hejuru y’umusozi, ugaheza ugatahura amabwirizwa arimwo, wari kubona nya musozi uca bugufi uyoka ku gutinya Imana Allah. Ubwo burorero Twebwe Allah Dutanga muri Qor’ani, Tubuha abantu, kugira ngo biyumvire baheze batahure icubahiro n’ubushobozi vy’Imana Allah.