Akarorero k’indyarya mu guhema abayahudi, ni nka shetani iyo yoheje umuntu ku gahemo n’akantu, ivuga iti: “Garariza Iyakuremye!”. Yamara kugarariza, ikamubwira imwihakana iti: “Ni ukuri jewe, ndavavanuye na we pe! Jewe ndatinya Imana Allah, Mubungabunzi w’ibiremwa vyose”.