Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Baqarah 2:279 فان لم تفعلوا فاذنوا بحرب من الله ورسوله وان تبتم فلكم رءوس اموالكم لا تظلمون ولا تظلمون ٢٧٩

Ukurasa 47 · Juzuu 3

فَإِن
لَّمۡ
تَفۡعَلُواْ
فَأۡذَنُواْ
بِحَرۡبٖ
مِّنَ
ٱللَّهِ
وَرَسُولِهِۦۖ
وَإِن
تُبۡتُمۡ
فَلَكُمۡ
رُءُوسُ
أَمۡوَٰلِكُمۡ
لَا
تَظۡلِمُونَ
وَلَا
تُظۡلَمُونَ
٢٧٩
Nimutabigenza nk’ukwo rero, muraheza mwitegurire indwano iturutse ku Mana Allah n’Intumwa yayo; nimwigaya naho mukagaruka ku Mana Allah, muzoba murekuriwe kwakira imitahe y’ingurane zanyu mutayisavyeko inyungu izira, ntihagire n’uwo murenganya ngo mumwake ikirenze ku mutahe, eka mbere na mwe nyene ntihagire n’uwubarenganya ngo abasubize ingurane y’umutahe idakwiye.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Necessity of Taqwa and Avoiding Riba

Allah commands His believing servants to fear Him and warns them against what would bring them closer to His anger and drive them away from His pleasure. Allah said,

يأَيُّهَا الَّذِينَ ءَامَنُواْ اتَّقُواْ اللَّهَ

(O you who believe! Have Taqwa of Allah) meanin

…

The Necessity of Taqwa and Avoiding Riba

Allah commands His believing servants to fear Him and warns them against what would bring them closer to His a

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

277. Mu vy’ukuri, abemeye bakanakora ivyiza bitegetswe, bagatsimbataza n’amasengesho akwije ibisabwa ku mwanya wayo, bagatanga n’ishikanwa-bwirizwa, bazosanga indishi yabo y’ivyo bakoze ku Mana yabo Rurema Allah, kandi nta bwoba kuri bo bwo guhanwa, eka mbere bobo ntibazokwicwa n’intuntu ku vyo basize kw’isi. 278. Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo! Nimutinye Imana Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo, maze mureke gusaba inyungu izira ku matungo yanyu mwahora mukoresha imbere yuko “riba” iziririzwa nimwaba muri abemeramana koko mu mvugo n’ingiro; 279. Nimutabigenza nk’ukwo rero, muraheza mwitegurire indwano iturutse ku Mana Allah n’Intumwa yayo; nimwigaya naho mukagaruka ku Mana Allah, muzoba murekuriwe kwakira imitahe y’ingurane zanyu mutayisavyeko inyungu izira, ntihagire n’uwo murenganya ngo mumwake ikirenze ku mutahe, eka mbere na mwe nyene ntihagire n’uwubarenganya ngo abasubize ingurane y’umutahe idakwiye. 280. Uwaguranywe niyaba adashoboye kuriha, muramurindira gushika aho bizomushobokera kuriha. Nimwamuhebera ingurane yose canke igice cayo, bizoba ari vyiza kuri mwebwe nimwaba muzi indishi zirimwo mu buzima bwo kw’isi no mu bw’inyuma yo gupfa. 281. Bantu! Nimwiyubare rero umusi mwasubiye ku Mana Allah kugira muharurirwe, hanyuma umwe wese muri mwebwe akazohabwa indishi y’ivyiza canke ibibi yarondeye, kandi rero abantu ntibazorenganywa mu kurenza urugero rw’ibihano canke mu kugabanywa indishi.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia