Ewe Adamu! Cumbika wewe hamwe n’umukenyezi wawe Hawa mu Bwami bw’ijuru, muheze mufungure aho mushaka mu vyamwa vyabwo. Mugabo rero, ntimuzohirahire kwegera iki giti ngo mufungure ivyamwa vyaco, mwohava muba mu bantu birenganije mu kurenga ku mabwirizwa y’Imana Allah.