Nimwaba naho mugomba gushimwa n’Imana Allah n’Intumwa yayo, no kuronka ivyo mwategekanirijwe mu buzima bw’inyuma yo gupfa, nimwihanganire kubeshwaho n’ivyo ndabahaye, muheze mwumvire Imana Allah n’Intumwa yayo; mu vy’ukuri Imana Allah, Yarateguriye abagwaneza muri mwebwe impembo ihambaye1”.