প্রবেশ কর
প্রবেশ কর
প্রবেশ কর
ভাষা নির্বাচন কর

Yusuf 12:41 يا صاحبي السجن اما احدكما فيسقي ربه خمرا واما الاخر فيصلب فتاكل الطير من راسه قضي الامر الذي فيه تستفتيان ٤١

পাতা ২১৬ · জুজ ১২

یٰصَاحِبَیِ
السِّجْنِ
اَمَّاۤ
اَحَدُكُمَا
فَیَسْقِیْ
رَبَّهٗ
خَمْرًا ۚ
وَاَمَّا
الْاٰخَرُ
فَیُصْلَبُ
فَتَاْكُلُ
الطَّیْرُ
مِنْ
رَّاْسِهٖ ؕ
قُضِیَ
الْاَمْرُ
الَّذِیْ
فِیْهِ
تَسْتَفْتِیٰنِ
۟ؕ
Bagenzanje dupfunganwe! Reka rero ndabarotorere indoto zanyu. Uwarose abona ariko aragana inzoga y’imizabibu, uyo azoteba ave mw’ibohero, aje kuba umusuku ku mwami. Nayo uwarose abona yikoreye imikate, inyoni ziriko zirarya kuri nya mikate, uyo azohava yicwa abambwe, maze inyoni zimurye ku mutwe. Insiguro y’ishirwa mu ngiro ku vyo mwambajije rero, ni iyo”.
আরও পড়ুন

তাফসীর পড়ুন

Tafsir Ahsanul Bayaan

হে আমার কারাসঙ্গীদ্বয়![১] তোমাদের একজন সম্বন্ধে কথা এই যে, সে তার প্রভুকে মদ্য পান করাবে[২] এবং অপরজন সম্বন্ধে কথা এই যে, সে শূলবিদ্ধ হবে, অতঃপর তার মস্তক হতে পাখি আহার করবে।[৩] যে বিষয়ে তোমরা জানতে চেয়েছ তার সিদ্ধান্ত হয়ে গেছে।’ [৪]

[১] তওহীদের নসীহত করার পর এখন ইউসুফ (আঃ) তাদের বর্ণনাকৃত স্বপ্নের ত

…

হে আমার কারাসঙ্গীদ্বয়![১] তোমাদের একজন সম্বন্ধে কথা এই যে, সে তার প্রভুকে মদ্য পান করাবে[২] এবং অপরজন সম্বন্ধে কথা এই যে, সে শূলবিদ্ধ হবে, অতঃপর তার ম

…
দেখুন তাফসির

প্রাসঙ্গিকভাবে পড়ুন

৩৬. Yusufu rero yahavuye ashirwa mw’ibohero ari kumwe n’iyindi misore ibiri. Umwe muri nya misore avuga ati: “Jewe mu vy’ukuri, narose mbona ndiko ndagana inzoga y’imizabibu”. Uwundi na we ati: “Jewe mu vy’ukuri, narose mbona nikoreye imikate, inyoni ziriko zirarya kuri nya mikate”. Ya misore imaze kwigana, yaciye ibwira Yusufu iti: “Turotorere rero indoto zacu! Mu vy’ukuri, tubona ko wewe uri mu bagwaneza”. ৩৭. Ni ho Yusufu yishura nya misore ati: “Nta kibabeshaho muzoronka, kiretse ko nshobora kubabwira ico ari co imbere yuko kibashikira. Ukurotora rero kuri mu vyo nigishijwe n’Imana yanje Rurema Allah, jewe mu vy’ukuri nemera Imana Imwe Rudende Allah, naravavanuye n’idini ry’abatayemera, bakanahakana bivuye inyuma izuka n’iharurirwa ry’ibiremwa mu buzima bw’inyuma yo gupfa; ৩৮. Nakurikiye idini ry’abavyeyi banje: Ibrahimu, Is-haka na Yakubu. Nta ho vyakabaye ko tubangikanya Imana Allah n’ikintu na kimwe mu biremwa. Ukwo gusenga Imana Imwe Rudende Allah, ni mu ngabirano zayo kuri twebwe no ku bantu bose, ariko abenshi mu bantu ntibashima inema yo gushobozwa gusenga Imana Imwe Rudende Allah; ৩৯. Bagenzanje dupfunganwe! Mbega burya gusenga imana zitandukanye zaremwe, ni vyo vyiza gusumba gusenga Imana Allah, Nyarudende, Nyeninkomezi-ntangere! ৪০. Ntimwiyegereza mu vyo mukora vyose mu gusenga mu gishingo c’Imana Allah, kiretse amazina y’ibintu mwafashe mukayita imana, mwebwe hamwe na ba so. Imana Allah ntiyigeze Imanura icemezo c’uko mwobisenga; nta ngingo y’ukuri yokwubahwa kiretse ingingo y’Imana Allah, Yategetse ko mutosenga izindi mana atari Yo Yonyene gusa mukwiye gusenga mutayibangikanya. Iryo rero, ni ryo dini rigororotse, ariko rero abenshi mu bantu ntibazi ukwo kuri; ৪১. Bagenzanje dupfunganwe! Reka rero ndabarotorere indoto zanyu. Uwarose abona ariko aragana inzoga y’imizabibu, uyo azoteba ave mw’ibohero, aje kuba umusuku ku mwami. Nayo uwarose abona yikoreye imikate, inyoni ziriko zirarya kuri nya mikate, uyo azohava yicwa abambwe, maze inyoni zimurye ku mutwe. Insiguro y’ishirwa mu ngiro ku vyo mwambajije rero, ni iyo”. ৪২. Yusufu yaciye abwira uwo yarotoreye muri bo ko azorusimba ati: “Niwaramuka ugiye ku kirimba, urabwira sobuja ko narenganijwe”. Shetani yaribagije wa musore kuvugira Yusufu, Yusufu araheza amara imyaka itari mike mw’ibohero.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

আরও পড়ুন

নোট এবং প্রতিফলন

এই পদটি সম্পর্কে আপনার কোনো টীকা বা ভাবনা নেই।

Notes placeholders

কুরআনের সাথে সংযুক্ত থাকুন ❤️

নিজেকে নতুন করে শুরু করতে, আত্ম-বিশ্লেষণ করতে এবং কুরআনের সাথে সংযুক্ত থাকতে কিছু সংক্ষিপ্ত ও অর্থপূর্ণ অনুস্মারক।

কুরআন পড়ুন, শুনুন, অনুসন্ধান করুন এবং চিন্তা করুন

Quran.com হল একটি বিশ্বস্ত প্ল্যাটফর্ম যা বিশ্বব্যাপী লক্ষ লক্ষ মানুষ বিভিন্ন ভাষায় কুরআন পড়তে, অনুসন্ধান করতে, শুনতে এবং তার উপর চিন্তাভাবনা করার জন্য ব্যবহার করে। এটি অনুবাদ, তাফসির, তেলাওয়াত, শব্দে শব্দ অনুবাদ এবং গভীর অধ্যয়নের জন্য সরঞ্জাম সরবরাহ করে, যা সকলের কাছে কুরআনকে সহজলভ্য করে তোলে।

সাদাকাহ জারিয়াহ হিসেবে, Quran.com মানুষকে কুরআনের সাথে গভীরভাবে সংযুক্ত হতে সাহায্য করার জন্য নিবেদিতপ্রাণ। Quran.Foundation দ্বারা সমর্থিত, একটি 501(c)(3) অলাভজনক সংস্থা, Quran.com সকলের জন্য একটি বিনামূল্যের এবং মূল্যবান সম্পদ হিসেবে বেড়ে চলেছে, আলহামদুলিল্লাহ.

নেভিগেট করুন
বাড়ি
কোরআন রেডিও
আবৃত্তিকারী
আমাদের সম্পর্কে
বিকাশকারীরা
পণ্য আপডেট
প্রতিক্রিয়া
সাহায্য
দান করুন
আমাদের প্রকল্পগুলি
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Quran.Foundation এর মালিকানাধীন, পরিচালিত, অথবা স্পন্সরকৃত অলাভজনক প্রকল্প।
জনপ্রিয় লিঙ্ক
কুরআন থেকে দোয়া
দিনের কুরআনের আয়াত
Ayatul Kursi
Surah Yaseen
Surah Al Mulk
Surah Ar-Rahman
Surah Al Waqi'ah
Surah Al Kahf
Surah Al Muzzammil
সাইটম্যাপগোপনীয়তাশর্তাবলী
© ২০২৬ Quran.com. সমস্ত অধিকার সংরক্ষিত
অবদান রাখুন