Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Yunus 10:48 ويقولون متى هاذا الوعد ان كنتم صادقين ٤٨

Ukurasa 214 · Juzuu 11

وَيَقُولُونَ
مَتَىٰ
هَٰذَا
ٱلۡوَعۡدُ
إِن
كُنتُمۡ
صَٰدِقِينَ
٤٨
Ntumwa y’Imana! Ababangikanyamana barakubaza bavuga bati: “Mbega umusi w’izuka ni ryari, niwaba wewe n’abagukurikiye muri imvugakuri mu vyo mudusezeranira?”.
Endelea Kusoma

Soma Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Deniers of the Day of Resurrection wish to hasten its Coming and their Response

Allah told us about the idolators who reject faith through their demand that the punishment be hastened, inquiring about the time of punishment. The response to such question is not inherently beneficial, yet they inq

…

The Deniers of the Day of Resurrection wish to hasten its Coming and their Response

Allah told us about the idolators who reject faith through their de

…
Tazama Tafsir

Soma katika Muktadha

47. Bantu! Umugwi uwo ari wo wose w’abantu wabayeho aho hambere yanyu, wararungikiwe Intumwa ivuye muri bo; nk’uko mwarungikiwe Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) ibararikira kwumvira Imana Allah. Igihe rero haje Intumwa yabo ku musi w’izuka, bazocirirwa urugororotse, eka ntibazorenganywa namba. 48. Ntumwa y’Imana! Ababangikanyamana barakubaza bavuga bati: “Mbega umusi w’izuka ni ryari, niwaba wewe n’abagukurikiye muri imvugakuri mu vyo mudusezeranira?”. 49. Ntumwa y’Imana! Bishure uti: “Nta kibi nshoboye kwikingira, eka nta n’ico nokwimarira kiretse ico Imana Allah Yashatse ko kiba”. Burya umugwi wose w’abantu urafise isango wagenewe ryo gupfa; igihe rero isango ryawo ryo gupfa ryageze, ntushobora kwongerezwa ikiringo co kubaho eka n’ikiringo co kubaho, ntikinashobora guhera imbere y’isango nyezina. 50. Ntumwa y’Imana! Bwira ababangikanyamana uti: “Enda nyabuna, nimumbwire uko mwovyifatamwo, igihe mwoshikirwa n’ibihano vy’Imana Allah mw’ijoro canke ku murango! Mbega abanyavyaha barenga ku mabwirizwa y’Imana Allah, bihutira iki mu gusaba ibihano!”. 51. Mbega bagarariji! Inyuma y’aho mushikiwe n’ibihano, ni ho mwokwemera Imana Allah, kandi nya kwemera muri ico gihe ata co kwobamarira! Mwoheza mukabwirwa muti: “Ubu ni ho mubonye kwemera Imana Allah kandi mwahora muyiteburako!”; 52. Hanyuma abirenganije mu kugarariza Imana Allah na bo, bakabwirwa bati: “Nimwumvirize ibihano vy’Imana Allah vyamaho, burya mugira ngo murahembwa kiretse ku vyo mwari mwararondeye kw’isi!”. 53. Ntumwa y’Imana! Ababangikanyamana barakubaza ku vyerekeye guhanwa ku musi w’izuka, ko ari ivy’ukuri! Bishure uti: “Ego cane, ndarahiye kw’izina ry’Imana yanje Rurema Allah, ni ivy’ukuri koko, kandi na mwe ntimuzonanira Imana Allah ko Ibazura, Ikanabahembera ivyo mwakoze”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Endelea Kusoma

Maelezo na Tafakari

Huna maelezo au tafakari yoyote kuhusu aya hii.

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia