Entrar
Entrar
Entrar
Selecione o idioma

Taha 20:38 اذ اوحينا الى امك ما يوحى ٣٨

Página 314 · Juz 16

إِذۡ
أَوۡحَيۡنَآ
إِلَىٰٓ
أُمِّكَ
مَا
يُوحَىٰٓ
٣٨
Igihe Twebwe Allah Twereka nyoko wawe;
Continue lendo

Leia Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Glad Tidings of the acceptance of Musa's Supplication and the Reminder of the Previous Blessings

This is a response from Allah to His Messenger, Musa, for what he requested from His Lord. It also contains a reminder of Allah's previous favors upon him. The first was inspiring his mother when she was

…

Glad Tidings of the acceptance of Musa's Supplication and the Reminder of the Previous Blessings

This is a response from Allah to His Messenger, Musa,

…
Visualizar Tafsirs

Leia no contexto

25. Musa yavuze ati: “Mana yanje Rurema Allah! Nyagurira igikiriza canje mu kwihangana; 26. Wongere Unyorohereze iki gikorwa; 27. Umpe n’ubushobozi bwo gutomora; 28. Kugira abo Undungitseko batahure amajambo yanje; 29. Ndagusavye Ungirire umufasha mu muryango wanje; 30. Haruna murumunanje; 31. Gutyo Umunshigikize mu kuntera intege, amfate mu mugongo; 32. Umugire uwo dufatanije mu butumwa no kubushikiriza; 33. Kugira jewe na we dushishikare kukuninahaza cane; 34. Twongere twibuke kwama tugushimagiza kenshi; 35. Mu vy’ukuri, Wewe Wamye Uri Nyenukubona, ivyo dukora vyose Urabibona”. 36. Imana Allah Yavuze Iti: “Musa! Ni ukuri wamaze kwemererwa ibisabo vyawe; 37. Kandi n’imbere y’ivyo bisabo Tukwemereye, ni ukuri Twaraguhaye izindi nema, igihe wari uruhinja Tukagukiza ububisha bwa Firawuni; 38. Igihe Twebwe Allah Twereka nyoko wawe; 39. Ko amaze kukwibaruka yogushira mw’isandugu, maze agaterera nya sandugu mu ruzi rwa Nili, nya ruzi rugaheza rukaguta ku nkengera zarwo, kugira umwansi wanje akaba n’umwansi wawe Firawuni agutore. Twaranaguhaye igikundiro maze ukundwa n’abantu, kugira urererwe aho Tugushinze amaso Tukubungabunge”. 40. Twaranaguhaye inema mu kugushinga mushikawe agenda akurikirana isandugu washizwemwo, araheza abwira abagutoye ati: “Mbega mwonkundira nkabereka umuvyeyi yomwitaho, akamurera, akanamubonkereza!”. Gutyo Tubona kugusubiza kwa nyoko wawe umaze gushika mu kirimba kwa Firawuni, kugira agumize umutima mu nda, maze ntiyicwe n’intuntu yo kutakubona. Warishe n’umuntu w’Umunyagiputa ku mpanuka, Turaheza Tugukiza kwicwa n’agahinda ko gutinya kwihora ukicwa, Turanakugerageza igeragezwa rikomeye, maze ku gutinya kwicwa uja mu bantu ba Madiyani, uraheza ugumayo imyaka n’iyindi, hanyuma ni ho wava i Madiyani ugaruka kw’isango ryagezwe n’Imana Allah; 41. Ni ukwo rero Naguteguye kugira ube Intumwa yanje. 42. Musa! Genda rero wewe hamwe na murumunawe Haruna, mugende mwitwaje ivyemezo vyanje vyerekana ukuri kw’ubutumwa bwanyu, kandi ntimuhengeshanye kuninahaza no kuntazira; 43. Nimugende kwa Firawuni uko muri babiri, mumurarikire kwemera no gusenga Imana Imwe Rudende Allah, mu vy’ukuri yarimonogoje mu bugarariji ararenza; 44. Maze mumubwire mu majambo yoroshe; hari n’aho yokwikebuka canke agatinya Imana yiwe Rurema Allah". 45. Musa na Haruna baraheza bishura bati: “Mana yacu Rurema Allah! Mu vy’ukuri, turafise impungenge n’ubwoba ko Firawuni atwitanga akaduhana, canke akiguburiza agahakana ukuri amenya”. 46. Imana Allah Ica Ibwira Musa na Haruna Iti: “Ntimutinye Firawuni namba; mu vy’ukuri, Jewe Allah Ndi kumwe na mwe, Ndumva ivyo muvuga kandi Ndabona n’ivyo mukora; 47. Nimuje kwa Firawuni muheze mumubwire muti: “Twebwe Twempi turi Intumwa z’Imana yawe Rurema Allah zarungitswe kuri wewe, ko woha Bene Israyeli ubwigenge, kandi ntukabacure bufuni na buhoro; ni ukuri, twaje tukuzaniye igitangaro kivuye ku Mana yawe Rurema Allah cerekana ukuri kwacu, harakagira amahoro yo kudahanwa n’Imana Allah uwuzokurikira uburongozi bwayo; 48. Ni ukuri, twebwe twarahishuriwe n’Imana Allah ko Iha ibihano vyayo uwuzohakana akirengagiza amabwirizwa yayo””.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Continue lendo

Anotações e reflexões

Você não tem anotações ou reflexões sobre este versículo.

Notes placeholders

Mantenha-se conectado ao Alcorão ❤️

Breves lembretes significativos para recomeçar, refletir e manter a conexão com o Alcorão.

Leia, ouça, pesquise e reflita sobre o Quran

Quran.com é uma plataforma confiável usada por milhões de pessoas em todo o mundo para ler, pesquisar, ouvir e refletir sobre o Alcorão em vários idiomas. Ela oferece traduções, tafsir, recitações, tradução palavra por palavra e ferramentas para um estudo mais aprofundado, tornando o Alcorão acessível a todos.

Como uma Sadaqah Jariyah, o Quran.com se dedica a ajudar as pessoas a se conectarem profundamente com o Alcorão. Apoiado pela Quran.Foundation , uma organização sem fins lucrativos 501(c)(3), o Quran.com continua a crescer como um recurso gratuito e valioso para todos, Alhamdulillah.

Navegar
Casa
Rádio Quran
Recitadores
Sobre nós
Desenvolvedores
Atualizações de produtos
Comentários
Ajuda
Doar
Nossos Projetos
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Projetos sem fins lucrativos de propriedade, administrados ou patrocinados pela Quran.Foundation
Links populares
Duas do Alcorão
Versículo do Alcorão do dia
Ayatul Kursi
Surah Yaseen
Surah Al Mulk
Surah Ar-Rahman
Surah Al Waqi'ah
Surah Al Kahf
Surah Al Muzzammil
Mapa do sitePrivacidadeTermos e Condições
© 2026 Quran.com. Todos os direitos reservados
Contribuir