Entrar
Entrar
Entrar
Selecione o idioma

Hud 11:111 وان كلا لما ليوفينهم ربك اعمالهم انه بما يعملون خبير ١١١

Página 234 · Juz 12

وَإِنَّ
كُلّٗا
لَّمَّا
لَيُوَفِّيَنَّهُمۡ
رَبُّكَ
أَعۡمَٰلَهُمۡۚ
إِنَّهُۥ
بِمَا
يَعۡمَلُونَ
خَبِيرٞ
١١١
Umugwi uwo ari wo wose w’abahazana, nta nkeka ko Imana yawe Rurema Allah Izowuhembera ivyo wakoze ku musi w’izuka. Burya, Imana Allah ivyo mukora vyose Irabizi; ni Muhetuziwavyose, kandi Izobibahembera.
Continue lendo

Leia Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Associating Partners with Allah is no doubt Misguidance

Allah, the Exalted, says,

فَلاَ تَكُ فِى مِرْيَةٍ مِّمَّا يَعْبُدُ هَؤُلاءِ

(So be not in doubt as to what these people worship.) This refers to the polytheists. Verily, what they are doing is falsehood, ignorance and misguidance. Verily, they ar

…

Associating Partners with Allah is no doubt Misguidance

Allah, the Exalted, says,

فَلاَ تَكُ فِى مِرْيَةٍ مِّمَّا يَعْبُدُ هَؤُلاءِ

(So be not in doubt

…
Visualizar Tafsirs

Leia no contexto

110. Ni ukuri, Musa Twaramuhaye Igitabu ca Tawurati, maze abantu yarungitsweko barahazana ku birimwo; bamwe muri bo baravyemera, abandi na bo barabihakana. Iyo rero hataba isezerano ry’Imana yawe Rurema Allah ryo kutihutira guhana ibiremwa, mu kurindiriza ibihano vy’umwe wese mu buzima bw’inyuma yo gupfa, ni ukuri abagarariji bari guhanwa bagahona maze hagasigara abagororotsi gusa. Mu vy’ukuri, abagarariji mu bayahudi n’ababangikanyamana mu bo warungitsweko, ni ukuri barafise amakenga kuri iyi Qor’ani. 111. Umugwi uwo ari wo wose w’abahazana, nta nkeka ko Imana yawe Rurema Allah Izowuhembera ivyo wakoze ku musi w’izuka. Burya, Imana Allah ivyo mukora vyose Irabizi; ni Muhetuziwavyose, kandi Izobibahembera. 112. Muvugishwamana! Shishikara rero kuba umugororotsi nk’uko wabitegetswe n’Imana Allah, wewe hamwe n’abigaye muri kumwe; kandi ntimukarenge ku mabwirizwa y’Imana Allah, burya Imana Allah, Irabona neza ivyo mukora vyose, ni Nyenukubona. 113. Ntimugahengamire ku ruhande rw’abirenganije mu kugarariza ngo muhave mukorwako n’umuriro, nta n’umwe mworonka atari Imana Allah yobahagarikira akabatunganiriza ivyanyu, eka nta n’uwobatabara akabakingira guhanwa.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Continue lendo

Anotações e reflexões

Você não tem anotações ou reflexões sobre este versículo.

Notes placeholders

Mantenha-se conectado ao Alcorão ❤️

Breves lembretes significativos para recomeçar, refletir e manter a conexão com o Alcorão.

Leia, ouça, pesquise e reflita sobre o Quran

Quran.com é uma plataforma confiável usada por milhões de pessoas em todo o mundo para ler, pesquisar, ouvir e refletir sobre o Alcorão em vários idiomas. Ela oferece traduções, tafsir, recitações, tradução palavra por palavra e ferramentas para um estudo mais aprofundado, tornando o Alcorão acessível a todos.

Como uma Sadaqah Jariyah, o Quran.com se dedica a ajudar as pessoas a se conectarem profundamente com o Alcorão. Apoiado pela Quran.Foundation , uma organização sem fins lucrativos 501(c)(3), o Quran.com continua a crescer como um recurso gratuito e valioso para todos, Alhamdulillah.

Navegar
Casa
Rádio Quran
Recitadores
Sobre nós
Desenvolvedores
Atualizações de produtos
Comentários
Ajuda
Doar
Nossos Projetos
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Projetos sem fins lucrativos de propriedade, administrados ou patrocinados pela Quran.Foundation
Links populares
Duas do Alcorão
Versículo do Alcorão do dia
Ayatul Kursi
Surah Yaseen
Surah Al Mulk
Surah Ar-Rahman
Surah Al Waqi'ah
Surah Al Kahf
Surah Al Muzzammil
Mapa do sitePrivacidadeTermos e Condições
© 2026 Quran.com. Todos os direitos reservados
Contribuir