Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Az-Zukhruf 43:38 حتى اذا جاءنا قال يا ليت بيني وبينك بعد المشرقين فبيس القرين ٣٨

Ukurasa 492 · Juzuu 25

حَتَّىٰٓ
إِذَا
جَآءَنَا
قَالَ
يَٰلَيۡتَ
بَيۡنِي
وَبَيۡنَكَ
بُعۡدَ
ٱلۡمَشۡرِقَيۡنِ
فَبِئۡسَ
ٱلۡقَرِينُ
٣٨
Gushika n’aho, umwe mu birengagiza Qor’ani, atwitabiye agapfa, maze akabwira wa mugenziwe bamana hafi amwiyama ati: “Ese iyo tutigera duhura tukamenyana, tukaba kure na kure nk’ubuseruko n’uburengero. Nta mugenzi mubi rero angana wewe!”.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Shaytan is the Companion of the One Who turns away from Ar-Rahman

وَمَن يَعْشُ

(And whosoever Ya`shu (turns away blindly)) means, whoever willfully ignores and turns away

عَن ذِكْرِ الرَّحْمَنِ

(from the remembrance of the Most Gracious,) Al-`Asha (the root of Ya`sh) refers to weakness of vision; wh

…

The Shaytan is the Companion of the One Who turns away from Ar-Rahman

وَمَن يَعْشُ

(And whosoever Ya`shu (turns away blindly)) means, whoever willfully

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

36. Uwirengagije Qor’ani ari na rwo rwibutso rwa Nyenimpuhwe ku biremwa, maze akijajara mu kutayemera ngo ayigendere, Tumushinga shetani imwosha nabi kw’isi, maze igacudika na we, ikama imwosha kurenga ku mabwirizwa y’Imana Allah. 37. Mu vy’ukuri amashetani, ni ukuri yosha abirengagiza urwibutso rwa Nyenimpuhwe mu kubaburabuza gukurikira inzira y’ukuri, maze akabaryohereza ubuhuvyi, akabankisha ubugororotsi, bagaheza rero bakibwira ku kwihenda ko, ari bo bagororotsi; 38. Gushika n’aho, umwe mu birengagiza Qor’ani, atwitabiye agapfa, maze akabwira wa mugenziwe bamana hafi amwiyama ati: “Ese iyo tutigera duhura tukamenyana, tukaba kure na kure nk’ubuseruko n’uburengero. Nta mugenzi mubi rero angana wewe!”. 39. Bantu mwirengagije Qor’ani! Kuri uno musi w’izuka, ukwiyama abagenzi banyu babahubishije nta co kubamarira. Mwafadikanije mu kubangikanya Imana Allah ngo musangire ibihano; kira noneho, mubihurirako, ariko umwumwe wese ahanwa ku gatwe kiwe. 40. Ntumwa y’Imana! Mbega woshobora gutuma ibipfamatwi vyumva ukuri, bikanyurwa! Canke woshobora gutuma ibipfamaso vy’umushaha bibona ukuri bikagukurikira! Canke woshoboza uwahuvye akaba ikigaba ceruye, gukurikira inzira y’ukuri! Ivyo ntibiri mu vyo ujejwe, ahubwo ujejwe gusa gushikiriza ubutumwa butomoye. 41. Ntumwa y’Imana! Mu gihe Twotuma upfa imbere yuko utsinda abahakanyi mu bo warungitsweko, ni ukuri nta cobuza ko Tubihora mu kubahana mu buzima bw’inyuma yo gupfa; 42. Canke mu gihe Twokwereka ibihano Twabasezeraniye kubaha kw’isi; nka birya vyabashikiye ku rugamba rwa Badri, ni ukuri Turashoboye kugutabara ukabatsinda ukanabasuzuguza. 43. Ntumwa y’Imana! Fata nkama ivyo wahishuriwe muri Qor’ani, maze ubitsimbatareko. Mu vy’ukuri wewe, uri mu nzira igororotse y’ubwislamu. 44. Mu vy’ukuri iyi Qor’ani, ni ukuri, ni iteka n’icubahiro kuri wewe n’Abakorayishi, kuko yamanuwe mu rurimi rwabo rw’icarabu kugira bayitahure kuruta, baheze babe aba mbere bayemera maze bayigendere. Kubera ivyo rero, bitebe bitebuke, muzobazwa wewe hamwe n’abo warungitsweko ukuntu mwashimye mukongera mukagendera iyo Qor’ani! 45. Ntumwa y’Imana! Urabaza n’abakurikiye Intumwa zacu Twarungitse hambere yawe, ko Twoba Twarigeze na rimwe kubabwiriza gusenga izindi mana mu gishingo ca Nyenimpuhwe! Bazoheza bakwishure ko bitigeze biba na rimwe, kuko Intumwa zose zararikira isengwa ry’Imana Imwe Rudende Allah Itabangikanywa.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia