Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Az-Zukhruf 43:3 انا جعلناه قرانا عربيا لعلكم تعقلون ٣

Ukurasa 489 · Juzuu 25

إِنَّا
جَعَلۡنَٰهُ
قُرۡءَٰنًا
عَرَبِيّٗا
لَّعَلَّكُمۡ
تَعۡقِلُونَ
٣
Mu vy’ukuri Twebwe Allah, Twakimanuye mu rurimi rw’icarabu kugira mutahure, muzirikane, muheze munyurwe n’ivyemezo vyaco;
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Which was revealed in Makkah

بِسْمِ اللَّهِ الرَّحْمَنِ الرَّحِيمِ

In the name of Allah, the Beneficent, the Merciful

حم - تَنزِيلُ الْكِتَبِ مِنَ اللَّهِ الْعَزِيزِ الْعَلِيمِ

(Ha-Mim. By the manifest Book.) means, plain and clear in both wording and meaning, because it was revealed in the language

…

Which was revealed in Makkah

بِسْمِ اللَّهِ الرَّحْمَنِ الرَّحِيمِ

In the name of Allah, the Beneficent, the Merciful

حم - تَنزِيلُ الْكِتَبِ مِنَ اللّ
…
Tazama tafsirs

Soma related-content

1. Haa Miim. 2. Jewe Allah, Ndarahiye ku Gitabu ca Qor’ani gitomoye neza mu nsiguro, mu ngingo z’ibirekuwe n’ibizira no mu burongozi bwaco! 3. Mu vy’ukuri Twebwe Allah, Twakimanuye mu rurimi rw’icarabu kugira mutahure, muzirikane, muheze munyurwe n’ivyemezo vyaco; 4. Mu vy’ukuri, Qor’ani isanzwe iri mu Gitabu nyezina canditswemwo ivyagezwe n’ishirwa mu ngiro ryavyo “Lawhu Mahfuudhw” kibungabunzwe iwacu. Ni ukuri, iratewe iteka nta ngere, irakingiwe; ntivuguruzanya, ntigiramwo igihushane. 5. Mbega burya, Twokwirengagiza kubamanurira urwibutso rwa Qor’ani, ku kuba muyirengagiza, mukagenzwa n’ubwononyi bwo kutayemera! 6. Muvugishwamana! Hari benshi mu Bavugishwamana Twarungitse ku bantu bo hambere y’abo warungitsweko; 7. Nta Muvugishwamana yabashikira, kiretse ko bamuteburako nk’itebura ry’abo warungitsweko; 8. Ni ho rero Twebwe Allah, Twahonya muri bo abimonogoje gusumba abandi mu guhakana bivuye inyuma Abavugishwamana bacu; abo bahakanyi bari n’abantu bafise inguvu n’ingabo gusumba abo warungitsweko. Ihonywa ryabo rero, ryagiye mu ngiro kubera ubugarariji n’itebura vyabo.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia