Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Az-Zukhruf 43:16 ام اتخذ مما يخلق بنات واصفاكم بالبنين ١٦

Ukurasa 490 · Juzuu 25

أَمِ
ٱتَّخَذَ
مِمَّا
يَخۡلُقُ
بَنَاتٖ
وَأَصۡفَىٰكُم
بِٱلۡبَنِينَ
١٦
Babangikanyamana! Ahubwo rero, bishoboka gute ko Imana Allah Yigenera mu vyo Yaremye abana b’abakobwa, maze mwebwe Ikabahitiramwo abana b’abahungu!
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Condemnation of the Idolators' attribution of Offspring to Allah

Here Allah speaks of the lies and fabrications of the idolators, when they devoted some of their cattle to their false gods and some to Allah, as He described in Surat Al-An`am where He said:

وَجَعَلُواْ لِلَّهِ مِمَّا ذَرَأَ مِنَ الْح
…

Condemnation of the Idolators' attribution of Offspring to Allah

Here Allah speaks of the lies and fabrications of the idolators, when they devoted so

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

16. Babangikanyamana! Ahubwo rero, bishoboka gute ko Imana Allah Yigenera mu vyo Yaremye abana b’abakobwa, maze mwebwe Ikabahitiramwo abana b’abahungu! 17. Iyo umwe muri bo ahawe inkuru yuko yibarutse umwana w’umukobwa, ari na we bomekera kuri Nyenimpuhwe, uwo musi yirigwa yijiriwe, yishwe n’intuntu n’akantu ku kwanka kwibaruka umukobwa. 18. Karashize ingani, mwubahuke kwomekera ku Mana Allah, uwurerewe mu kwamikara ashaza, akaba no mu gihe c’impari adashoboye gutomora ivyemezo kuko yakuriye mu gushaza yorohewe! 19. Ababangikanyamana, barakanagara bakita abamalayika basanzwe ari abaja ba Nyenimpuhwe, abakobwa! Mbega igihe c’iremwa ry’abamalayika, ni ho bari bari ngo babe ivyabona ko baremwe ari abakobwa! Ukwemeza kwabo ivyo, kuzokwandikwa maze bakubazwe ku musi w’izuka; 20. Baranavuze bati: “Iyo Nyenimpuhwe Ashaka, ntitwari gusenga na kimwe mu gishingo ciwe”. Banguha! Nta cemezo bafise gishingiye ku bumenyi cemeza ivyo bavuga, bapfa kuvuga ibisunitswe n’impwemu, batanafitiye ivyemezo bivuye ku Mana Allah. 21. None, igihe c’iremwa ry’abamalayika, ni ho bari bari! Canke Twoba Twarabahaye Igitabu imbere y’ihishurwa rya Qor’ani Twamanuye, kikaba ari co bisunga mu kwemeza ko abamalayika baremwe ari abakobwa! 22. Ahubwo mbere bavuze bati: “Twebwe mu vy’ukuri, twasanze abavyeyi bacu bubahiriza iri dini; mu vy’ukuri rero, na twe twubahiriza iragi badusigiye”. 23. Ntumwa y’Imana! Ni uko rero, si wewe ubaye uwa mbere, ntitwigeze Turungika hambere yawe, Umugabisha n’umwe ku bantu bo mu gacimbiri kanaka, kugira abagabishe ku bihano vyacu, kiretse ko abatewe iteka muri bo ryo kworoherwa mu buzima, baca bavuga bati: “Mu vy’ukuri twebwe, twasanze abavyeyi bacu bubahiriza iri dini; mu vy’ukuri rero, na twe twubahiriza iragi badusigiye”. 24. Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), hamwe n’izindi Ntumwa zo hambere yiwe, zabwiye abitwaza ko bubahiriza idini barazwe n’abavyeyi babo, ziti: “Mbega, mwubahiriza ivyo mwarazwe n’abavyeyi banyu, n’aho nobazanira ibibarongora mu nzira nziza ibereye gusumba idini mwarazwe na bo!”. Na bo baca binamura n’amanyama n’akantu bakishura bati: “Twebwe mu vy’ukuri, turiyamirije ivyo mwarungikanwe”. 25. Kubera igarariza ryabo ry’Intumwa rero, Twarabihoye maze Tubahana mu kubafuririra mu kuzimu, canke mu kubasomesha nturi, n'ibindi. Ntumwa y'Imana! Ehe raba rero, ukuntu iherezo ry’abirenganije ku guhakana bivuye inyuma Aayah z’Imana Allah n’Intumwa zayo, ryagenze!

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia