Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

At-Tur 52:12 الذين هم في خوض يلعبون ١٢

Ukurasa 523 · Juzuu 27

ٱلَّذِينَ
هُمۡ
فِي
خَوۡضٖ
يَلۡعَبُونَ
١٢
Barya bishinga gufyinata mu gutebura kw’idini;
Endelea Kusoma

Soma Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Which was revealed in Makkah

The Virtues of Surat At-Tur

Malik narrated that Jubayr bin Mut`im said, "I heard the Prophet reciting Surat At-Tur while praying Maghrib. Surely, I have never heard a more beautiful voice or recitation than his recitation." This Hadith is recorded in the Two Sahihs using a

…

Which was revealed in Makkah

The Virtues of Surat At-Tur

Malik narrated that Jubayr bin Mut`im said, "I heard the Prophet reciting Surat At-Tur while pr

…
Tazama Tafsir

Soma katika Muktadha

1. Jewe Allah, Ndarahiye ku musozi wa Twuuri Sinayi, ari na wo Navuganiyeko na Musa ukuri kwamye; 2. No ku Gitabu ca Qor’ani canditswe; 3. No ku Mizingo ihinguwe mu rusato, yuguruye; 4. No ku ngoro iri mw’ijuru ryegereye isi, irimwo abamalayika bama bariko barayikikura ku mwanya ku mwanya; 5. No kw’ijuru ryegereye isi, rikaba ari na co gisenge cayo; 6. No kw’ibahari rizodomekwa rikarurumba ku musi w’umuhero w’isi; 7. Ko mu vy’ukuri ibihano vy’Imana yawe Rurema ga Ntumwa y’Imana, bitegerezwa gushikira abagarariji; 8. Nta n’uwuzobuza ko nya bihano bibashikira; 9. Ku musi ijuru ryasenyutse rigacika ubunywenywe; 10. Imisozi na yo igakurwaho, maze ikagenda nka kurya ubona ibicu bigenda! 11. Uguhanwa nya guhanwa kuri uwo musi, ni ukw’abahakana ukuri bivuye inyuma; 12. Barya bishinga gufyinata mu gutebura kw’idini; 13. Umusi rero, abahakanyi basunikiwe mu muriro wa Jahannamu ukuri kwo gusunikirwayo; 14. Bazobwirwa n’agashinyaguro n’akantu bati: “Ng’uwo wa muriro mwahora muhakana ko utabaho; 15. Mbega none ibi bihano murimwo, ni uburozi canke nta vyo mubona! 16. Nimuwinjire muwote rero; mwihangana mutihangana, vyose ni kimwe, ntimurota mutezurirwa mu bihano. Ni ukuri, muhemberwa ivyo mwari mwarakoze kw’isi”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Endelea Kusoma

Maelezo na Tafakari

Huna maelezo au tafakari yoyote kuhusu aya hii.

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia