Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

At-Tawba 9:85 ولا تعجبك اموالهم واولادهم انما يريد الله ان يعذبهم بها في الدنيا وتزهق انفسهم وهم كافرون ٨٥

Ukurasa 200 · Juzuu 10

وَلَا
تُعۡجِبۡكَ
أَمۡوَٰلُهُمۡ
وَأَوۡلَٰدُهُمۡۚ
إِنَّمَا
يُرِيدُ
ٱللَّهُ
أَن
يُعَذِّبَهُم
بِهَا
فِي
ٱلدُّنۡيَا
وَتَزۡهَقَ
أَنفُسُهُمۡ
وَهُمۡ
كَٰفِرُونَ
٨٥
Ntumwa y’Imana! Ntugatangazwe rero n’ubwinshi bw’amatungo n’abana vy’izo ndyarya, ni ukuri Imana Allah Ishaka kuzihanira mu buzima bwo kw’isi mu kwamana umwitwarariko w'ivyo Yazihaye, maze zizopfe zikigarariza.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Prohibition of Prayer for the Funeral of Hypocrites

Allah commands His Messenger to disown the hypocrites, to abstain from praying the funeral prayer when any of them dies, from standing next to his grave to seek Allah's forgiveness for him, or to invoke Allah for his benefit. This is because hyp

…

The Prohibition of Prayer for the Funeral of Hypocrites

Allah commands His Messenger to disown the hypocrites, to abstain from praying the funeral pray

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

81. Abasivye ku rugamba rwa Tabuuki, bararyohewe n’ugusigara i Madina baciye kubiri n’Intumwa y’Imana (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), bakaba basivye ku kwanka kujana na yo guharanira idini ry’Imana Allah mu gutanga amatungo yabo no mu kwitanga bo nyene ubwabo, baraheza babwirana hagati yabo bati: “Ntimuhirahire ngo mugende ku rugamba mu bushuhe buri aho!”. Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Umuriro wa Jahannamu nyabuna ni wo urimwo ubushuhe bw’akataraboneka”, nibaba koko bazi ico ari co ubushuhe. 82. Izo ndyarya zitagiye ku rugamba rero, nizitwenge gake mu buzima bwo kw’isi, zinitegurire no kurira kenshi mu muriro wa Jahannamu, ni yo ndishi y'ivyo zari zararondeye kw’isi. 83. Ntumwa y’Imana! Imana Allah niyakugarukana amahoro uvuye ku rugamba rwa Tabuuki, ugahura n’umugwi w’izo ndyarya, maze ukagusaba ko mwojana ku rundi rugamba, urawubwira uti: “Ntimuzokwigera mujana nanje na rimwe ku rugamba, kandi ntimuzokwigera mufadikanya nanje kurwanya umwansi, mu vy’ukuri mwarashimishijwe no gusiba ubwa mbere ku rugamba; nimwiyicarire rero mugumane n’abasivye ku rugamba, batigeze bajana n’Intumwa" (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah). 84. Ntumwa y’Imana! Ntugahirahire ngo usengere umuntu n’umwe muri zo mu gihe apfuye; ntukagire n’uwo usabira ku mva yiwe. Mu vy’ukuri, indyarya zaragararije Imana Allah n’Intumwa yayo, gutyo zirinda zipfa ari ibigaba birenga ku mabwirizwa y’Imana Allah . 85. Ntumwa y’Imana! Ntugatangazwe rero n’ubwinshi bw’amatungo n’abana vy’izo ndyarya, ni ukuri Imana Allah Ishaka kuzihanira mu buzima bwo kw’isi mu kwamana umwitwarariko w'ivyo Yazihaye, maze zizopfe zikigarariza. 86. Ntumwa y'Imana! Iyo uhishuriwe igisomwa kibwiriza giti: “Nimwemere Imana Allah, munaharanire n'idini ry’Imana Allah muri kumwe n’Intumwa yayo, murondera indishi kuri Yo”, abifise mu ndyarya baca bagusaba n'impungenge n'akantu ko mutojana bati: “Enda tureke twigumanire hamwe n’abarekuriwe kutaja guharanira idini!”. 87. Indyarya zashimye kuba imburakimazi mu kugumana n’abarekuriwe kutaja guharanira idini, ku mitima yazo haratewe ikimangu c’ubugarariji, ku kubera uburyarya no kutajana n’Intumwa (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) ku rugamba, ntizinatahura namba indishi zagenewe abaharanira idini ry’Imana Allah. 88. Indyarya n’aho zitojana n’Intumwa ku rugamba, Intumwa y’Imana (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) n’abemeramana bari kumwe, baraharaniye idini ry’Imana Allah mu gutanga amatungo yabo no mu kwitanga bo nyene ubwabo, abo ni bo bategekanirijwe intsinzi n’iminyago kw’isi, bakazoterwa n’iteka ryo kuja mu Bwami bw’ijuru; abo, ni na bo rero baronse intsinzi; 89. Imana Allah Yarabategekanirije ku musi w’izuka imirima itotahaye yo mu Bwami bw’ijuru, musi y’ibiti n’inyubakwa vyabwo hatemba inzuzi, bazoyibamwo ibihe bidahera. Iyo rero ni yo ntsinzi ihambaye.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia