Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

At-Tawba 9:63 الم يعلموا انه من يحادد الله ورسوله فان له نار جهنم خالدا فيها ذالك الخزي العظيم ٦٣

Ukurasa 197 · Juzuu 10

أَلَمۡ
يَعۡلَمُوٓاْ
أَنَّهُۥ
مَن
يُحَادِدِ
ٱللَّهَ
وَرَسُولَهُۥ
فَأَنَّ
لَهُۥ
نَارَ
جَهَنَّمَ
خَٰلِدٗا
فِيهَاۚ
ذَٰلِكَ
ٱلۡخِزۡيُ
ٱلۡعَظِيمُ
٦٣
Mbega ntiziramenya ko uwo wese arwanya Imana Allah n’Intumwa yayo, yagenewe ibihano vyo mu muriro wa Jahannamu, azowubamwo ibihe bidahera! Iryo rero, ni ryo herezo ry’agasuzuguro gahebuje1.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Hypocrites revert to Lies to please People

Qatadah said about Allah's statement,

يَحْلِفُونَ بِاللَّهِ لَكُمْ لِيُرْضُوكُمْ

(They swear by Allah to you (Muslims) in order to please you) "A hypocrite man said, `By Allah! They (hypocrites) are our chiefs and masters. If what Muhammad says is true, they

…

Hypocrites revert to Lies to please People

Qatadah said about Allah's statement,

يَحْلِفُونَ بِاللَّهِ لَكُمْ لِيُرْضُوكُمْ

(They swear by Allah to you

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

61. Mu ndyarya kandi, harimwo ababangamira Intumwa y’Imana mu majambo bakanavuga ko yumviriza ico ari co cose ibwiwe ikacemera ukwo. Muvugishwamana! Zibwire uti: “Muhamadi ni ugutwi kwumviriza iciza iyo kizanana hose ku neza yanyu; yemera Imana Allah, akemera n’ukuri gushikirijwe n’abemeramana, akaba n’impuhwe ku bemeramana bamukurikiye muri mwebwe”. Burya, ababangamira Intumwa y’Imana (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) mu buryo ubwo ari bwo bwose, barategekanirijwe ibihano bibabaza cane. 62. Zirabarahirira kw’Izina ry’Imana Allah indahiro z’ikinyoma kugira zibashimishe, Imana Allah n’Intumwa yayo, ni bo zategerezwa gushimisha mu kubemera no kubumvira nizaba ari abemeramana vy’ukuri. 63. Mbega ntiziramenya ko uwo wese arwanya Imana Allah n’Intumwa yayo, yagenewe ibihano vyo mu muriro wa Jahannamu, azowubamwo ibihe bidahera! Iryo rero, ni ryo herezo ry’agasuzuguro gahebuje.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia