Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

At-Tawba 9:6 وان احد من المشركين استجارك فاجره حتى يسمع كلام الله ثم ابلغه مامنه ذالك بانهم قوم لا يعلمون ٦

Ukurasa 187 · Juzuu 10

وَإِنۡ
أَحَدٞ
مِّنَ
ٱلۡمُشۡرِكِينَ
ٱسۡتَجَارَكَ
فَأَجِرۡهُ
حَتَّىٰ
يَسۡمَعَ
كَلَٰمَ
ٱللَّهِ
ثُمَّ
أَبۡلِغۡهُ
مَأۡمَنَهُۥۚ
ذَٰلِكَ
بِأَنَّهُمۡ
قَوۡمٞ
لَّا
يَعۡلَمُونَ
٦
Ntumwa y’Imana! Nihagira uwugeramirwa mu babangikanyamana, ubuzima n’amatungo vyiwe bigahungabanywa maze akaguhungirako, uramuha ubuhungiro, maze umwakire kugira kamubere akaryo ko kwumva ukuri ku majambo y’Imana Allah ya Qor’ani; hanyuma yipfuje gusubira mu rwiwe, uramushikana mu mahoro n’umutekano nta ngere. Ivyo biri ukwo, kuko ababangikanyamana ari abantu badatahura ukuri ku vyerekeye ubwislamu.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Idolators are granted Safe Passage if They seek It

Allah said to His Prophet, peace be upon him,

وَإِنْ أَحَدٌ مِّنَ الْمُشْرِكِينَ

(And if anyone of the Mushrikin), whom you were commanded to fight and We allowed you their blood and property,'

اسْتَجَارَكَ

(seeks your protection), asked you for safe pas

…

Idolators are granted Safe Passage if They seek It

Allah said to His Prophet, peace be upon him,

وَإِنْ أَحَدٌ مِّنَ الْمُشْرِكِينَ

(And if anyone of the

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

1. Iri ni ivavanura rishizwe ahabona n’Imana Allah n’Intumwa yayo, ivavanura ryerekeye ihagarikwa ry’amasezerano mwagiraniye n’ababangikanyamana. 2. Babangikanyamana! Nimwidegemvye aho mushaka hose kw’isi mu kiringo c’amezi ane, mutekaniwe ata n’uwubakomakoma, kandi mumenye ko mutazonanira Imana Allah ngo mucike ibihano vyayo, munamenye ko Imana Allah Izotetereza abagarariji, bagayike kw’isi, binjizwe no mu muriro mu buzima bw’inyuma yo gupfa. 3. Iri rero, ni itangazo rivuye ku Mana Allah n’Intumwa yayo, rikaba rishikirijwe abantu bose ku musi mukuru w’ishengerera ry’ingoro ntagatifu; ko Imana Allah n’Intumwa yayo bavavanuye n’ababangikanyamana. Babangikanyamana! Nimwigaya mukagaruka ku Mana Allah, bizoba ari vyo vyiza cane kuri mwebwe; nimwagenza umugongo naho, mukanka kwinjira mu bwislamu, muramenya ko mutazonanira Imana Allah ngo mucike ibihano vyayo. Ntumwa y’Imana! Shikiriza rero inkuru y’incamugongo abagararije ubwislamu, ko barindiriwe n’ibihano bibabaza. 4. Ku bafatwa n’iyo ngingo, havuyemwo gusa abo mufitaniye amasezerano afise ikiringo kizwi, bakaba batayadohotseko, batifadikanije n’umwansi mu kubarwanya, abo rero murubahiriza amasezerano mufitaniye gushika ikiringo cayo kirangire. Mu vy’ukuri, Imana Allah Irakunda abagamburukiramana badahemuka mu kwubahiriza amasezerano. 5. Ikiringo c’amezi ane matagatifu rero nicarangira, muraheza murwanye ababangikanyamana aho muzobasanga hose, mubafatire n’ibihano vy’ubutunzi, mubategere aho hose baca. Nibaramuka bigaye bakagaruka ku Mana Allah, bagatsimbataza n’amasengesho, bagatanga n’ishikanwa-bwirizwa, muraca mubareka bidegemvye kuko bazoba bamaze kuba benewanyu mu kwemera. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo. 6. Ntumwa y’Imana! Nihagira uwugeramirwa mu babangikanyamana, ubuzima n’amatungo vyiwe bigahungabanywa maze akaguhungirako, uramuha ubuhungiro, maze umwakire kugira kamubere akaryo ko kwumva ukuri ku majambo y’Imana Allah ya Qor’ani; hanyuma yipfuje gusubira mu rwiwe, uramushikana mu mahoro n’umutekano nta ngere. Ivyo biri ukwo, kuko ababangikanyamana ari abantu badatahura ukuri ku vyerekeye ubwislamu.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia