Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

At-Tawba 9:45 انما يستاذنك الذين لا يومنون بالله واليوم الاخر وارتابت قلوبهم فهم في ريبهم يترددون ٤٥

Ukurasa 194 · Juzuu 10

إِنَّمَا
يَسۡتَـٔۡذِنُكَ
ٱلَّذِينَ
لَا
يُؤۡمِنُونَ
بِٱللَّهِ
وَٱلۡيَوۡمِ
ٱلۡأٓخِرِ
وَٱرۡتَابَتۡ
قُلُوبُهُمۡ
فَهُمۡ
فِي
رَيۡبِهِمۡ
يَتَرَدَّدُونَ
٤٥
Muvugishwamana! Abagusaba uburenganzira bwo kudaharanira idini ry’Imana Allah, ni abatemera Imana Allah n’Intumwa yayo hamwe n’umusi w’iherezo, batanarangwa namba n’ugukora iciza, imishaha yabo yuzuye amakenga ku bwislamu n’amabwirizwa yabwo. Bari mu makenga bajuragikira batazi ico bafata n'ico bareka hagati y'ukwemera n'uburyarya;
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Moderately criticizing the Prophet for allowing the Hypocrites to stay behind

Ibn Abi Hatim recorded that `Awn said, "Have you heard criticism softer than this, starting with forgiveness before criticism,

عَفَا اللَّهُ عَنكَ لِمَ أَذِنتَ لَهُمْ

(May Allah forgive you. Why did you grant them leave...)"

…

Moderately criticizing the Prophet for allowing the Hypocrites to stay behind

Ibn Abi Hatim recorded that `Awn said, "Have you heard criticism softer t

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

43. Ntumwa y’Imana! Urakababarirwa n’Imana Allah ku kureka gukora icari gikenewe kurusha. Ni ku mvo nyabaki warekuriye indyarya gusiba ku rugamba, utabanje gutohoza ko muri zo harimwo izatanze ivyireguzo vy’ukuri ngo umenye n’izabeshe! 44. Ntumwa y’Imana! Ntibisanzwe ku bemera Imana Allah n’Intumwa yayo hamwe n’umusi w’iherezo, ko bagusaba uburenganzira bwo kudaharanira idini ry’Imana Allah mu gutanga amatungo yabo no mu kwitanga bo nyene ubwabo; burya Imana Allah, Irazi neza abayigamburukira mu kwubahiriza amabwirizwa yayo. 45. Muvugishwamana! Abagusaba uburenganzira bwo kudaharanira idini ry’Imana Allah, ni abatemera Imana Allah n’Intumwa yayo hamwe n’umusi w’iherezo, batanarangwa namba n’ugukora iciza, imishaha yabo yuzuye amakenga ku bwislamu n’amabwirizwa yabwo. Bari mu makenga bajuragikira batazi ico bafata n'ico bareka hagati y'ukwemera n'uburyarya; 46. Muvugishwamana! Iyo indyarya zishaka kujana na we ku rugamba, zari kurwitegurira bikwiye mu gutegekanya impamba n’igitwazi, ariko Imana Allah mu vyagezwe ntiyashimye ko mujana, Iraheza Iraziremereza zibwirwa ziti: “Nimusibe ku rugamba, mugume mu zanyu hamwe n’abarekuriwe kuzigumamwo”. 47. Bemeramana! Iyo indyarya zijana na mwe ku rugamba, nta co zari kubamarira atari ugukwiragiza ubwononyi n’ibihuha bibaca inkokora; zari no kubacanishamwo zirondera ko musiba ku rugamba; zari no kuronka muri mwebwe ababagendereza bakaziha inkuru zanyu. Burya Imana Allah, Irazi neza abirenganije mu kurenga ku mabwirizwa yayo, Izoheza Ibahane. 48. Ni ukuri, indyarya zarashatse kugerageza abemeramana mu kwemera no mu kubaburagiza kuja ku rugamba rwa “Tabuuki” imbere yuko ruba. Ntumwa y’Imana! Zaranaguhindutse akatari gake kugira ngo uneshwe, kugeza n’aho intsinzi iturutse ku Mana Allah ishika, maze idini ry’Imana Allah riratsinda. Ziranababazwa n’iyo ntsinzi;

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia