Ntumwa y’Imana! Ababangikanyamana n’indyarya, nibirengagiza kukwemera, urababwira uti: “Iyikwiye kumpagararira muri vyose, ni Imana Allah; nta yindi mana ikwiye gusengwa vy’ukuri atari Yo, ni Yo nishimikije nkizera mu vyanje vyose, ni na Yo Mana Rurema w’Ubuhangamo bwayo buhambaye1”.