Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Ash-Shuura 42:52 وكذالك اوحينا اليك روحا من امرنا ما كنت تدري ما الكتاب ولا الايمان ولاكن جعلناه نورا نهدي به من نشاء من عبادنا وانك لتهدي الى صراط مستقيم ٥٢

Ukurasa 489 · Juzuu 25

وَكَذَٰلِكَ
أَوۡحَيۡنَآ
إِلَيۡكَ
رُوحٗا
مِّنۡ
أَمۡرِنَاۚ
مَا
كُنتَ
تَدۡرِي
مَا
ٱلۡكِتَٰبُ
وَلَا
ٱلۡإِيمَٰنُ
وَلَٰكِن
جَعَلۡنَٰهُ
نُورٗا
نَّهۡدِي
بِهِۦ
مَن
نَّشَآءُ
مِنۡ
عِبَادِنَاۚ
وَإِنَّكَ
لَتَهۡدِيٓ
إِلَىٰ
صِرَٰطٖ
مُّسۡتَقِيمٖ
٥٢
Muvugishwamana! Twaguhishuriye Qor’ani ivuye iwacu, nka kurya Twahishuriye Abavugishwamana bo hambere yawe; imbere y’iryo hishurirwa rero, ntiwari uzi Ibitabu bahishuriwe, eka mbere ntiwari uzi n’ukwemera canke amabwirizwa ico ari co! Ariko rero, Twagize Qor’ani kuba umuco Turongoza uwo Dushatse muri bo mu nzira igororotse. Ntumwa y’Imana! Ni ukuri wewe, uratomorera abantu ibibashikana mu nzira igororotse y’ubwislamu;
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

How the Revelation comes down

This refers to how Allah sends revelation. Sometimes He casts something into the heart of the Prophet , and he has no doubt that it is from Allah, as it was reported in Sahih Ibn Hibban that the Messenger of Allah ﷺ said:

«إِنَّ رُوْحَ الْقُدُسِ نَفَثَ فِي رُوعِي أَنَّ نَ

…

How the Revelation comes down

This refers to how Allah sends revelation. Sometimes He casts something into the heart of the Prophet , and he has no dou

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

51. Nta ho vyakabaye ko haba umuntu avugana n’Imana Allah amaso mu yandi, kiretse ko Imuhishurira; canke akavugana na Yo inyuma y’ipaziya, nka kurya Yavuganye na Musa; canke Ikamurungikira Intumwa Jibrili, maze ikamuhishurira ku burenganzira bwayo ivyo Ishaka kumuhishurira. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Nyenicubahiro-ntangere, Intungane mu vyo Ikora. 52. Muvugishwamana! Twaguhishuriye Qor’ani ivuye iwacu, nka kurya Twahishuriye Abavugishwamana bo hambere yawe; imbere y’iryo hishurirwa rero, ntiwari uzi Ibitabu bahishuriwe, eka mbere ntiwari uzi n’ukwemera canke amabwirizwa ico ari co! Ariko rero, Twagize Qor’ani kuba umuco Turongoza uwo Dushatse muri bo mu nzira igororotse. Ntumwa y’Imana! Ni ukuri wewe, uratomorera abantu ibibashikana mu nzira igororotse y’ubwislamu; 53. Inzira ibashikana ku Mana Allah, Rugaba Igaba Ikaganza ibiri mu majuru n’ibiri mw’isi vyose, nta we Ibangikanije muri vyo. Bantu, nimwumve mwumvireho! Ni ku Mana Allah ibiremwa vyose bizosubira kugira Ihembe kimwekimwe cose ku rugero rw’ibigikwiye.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia