Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

As-Sajdah 32:3 ام يقولون افتراه بل هو الحق من ربك لتنذر قوما ما اتاهم من نذير من قبلك لعلهم يهتدون ٣

Ukurasa 415 · Juzuu 21

أَمۡ
يَقُولُونَ
ٱفۡتَرَىٰهُۚ
بَلۡ
هُوَ
ٱلۡحَقُّ
مِن
رَّبِّكَ
لِتُنذِرَ
قَوۡمٗا
مَّآ
أَتَىٰهُم
مِّن
نَّذِيرٖ
مِّن
قَبۡلِكَ
لَعَلَّهُمۡ
يَهۡتَدُونَ
٣
Ahubwo nyene rero ababangikanyamana, ntibavuga ko Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) yarementanije Qor’ani! Baranguha! Ntumwa y’Imana! Ahubwo Qor’ani, ni kwo kuri wamanuriwe n’Imana yawe Rurema Allah, kugira ugabishe abantu batigeze bashikirwa hambere yawe n’Umugabisha ku bihano vy’Imana Allah, kumbure hari n’aho botumbera inzira igororotse, bagaheza bakakwemera.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Which was revealed in Al-Madinah

The Virtues of Surah Alif Lam Mim As-Sajdah

In the Book of the Friday prayer, Al-Bukhari recorded that Abu Hurayrah said, "The Prophet used to recite in Fajr on Fridays:

الم تَنزِيلَ

(Alif Lam Mim. The revelation of...), As-Sajdah, and

هَلْ أَتَى عَلَى الإِنسَنِ

(Has there

…

Which was revealed in Al-Madinah

The Virtues of Surah Alif Lam Mim As-Sajdah

In the Book of the Friday prayer, Al-Bukhari recorded that Abu Hurayrah sai

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

1. Alif Laam Miim. 2. Iyi Qor’ani yamanuriwe Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), nta makenga ko yamanuwe ivuye ku Mana Allah, Umubungabunzi w’ibiremwa vyose. 3. Ahubwo nyene rero ababangikanyamana, ntibavuga ko Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) yarementanije Qor’ani! Baranguha! Ntumwa y’Imana! Ahubwo Qor’ani, ni kwo kuri wamanuriwe n’Imana yawe Rurema Allah, kugira ugabishe abantu batigeze bashikirwa hambere yawe n’Umugabisha ku bihano vy’Imana Allah, kumbure hari n’aho botumbera inzira igororotse, bagaheza bakakwemera. 4. Imana Allah, ni Yo Yaremye amajuru n’isi n’ibiri hagati yavyo mu misi itandatu, hanyuma Iraheza Irahangama hejuru y'ibiremwa vyose ku Buhangamo bwayo "Al’Arsh" mu buryo buberanye n'icubahiro cayo. Bantu! Nta muhagarikizi mufise abatunganiriza ivyanyu havuye Imana Allah, eka nta n’uwubavugira mufise yobakurako ibihano vyayo atari ku burenganzira bwayo. Ubwo none, ntimwokwibuka mukamenya ko Imana Allah Ikwiye gusengwa ari Imwe Rudende Itabangikanywa! 5. Itunganiriza ibiremwa vyose kw’itegeko rivuye mw’ijuru rikamanuka kw’isi, hanyuma nya tegeko rigasubira kuri Yo ku musi ungana n’imyaka igihumbi, mufatiye ku kirangamisi co kw’isi. 6. Iyo Mana Rurema Allah Ishoboye gutunganiriza ibiremwa rero, ni Yo Rumenyi w’ibintu vyose, Irazi ibinyegeje n’ibiboneka, Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Nyenimbabazi ku batoni bayo; 7. Yatunganije ikintu cose maze Igiha indemo ikibereye, Yatanguye no kurema umuntu ari we Adamu mw’ivu ata co Irinze gufatirako; 8. Mu nyuma, Iraheza Igira uruvyaro rwa Adamu kuba rurondoka biciye mw’ima ry’intanga zigayitse; 9. Hanyuma Itunganya iremwa ry’umuntu mu ndemo ibereye, Iranarungika n’umumalayika amuhuhiramwo inkomoko y’ubuzima “Roho” iturutse kuri Yo. Bant! Yaranabahaye ubushobozi bwo kwumva no kubona, kugira mutandukanye amajwi mwumva n’amabara mubona, n’ibindi; Ibaha n’umushaha kugira mutahure, muheze mumenye gutandukanya iciza n’ikibi. Burya rero mushima gake! 10. Ababangikanyamana bahakana bivuye inyuma izurwa ry’ibiremwa, barinamuye bavuga bati: “Aho ga ntuze, nitwamara gucika ivu mu kuzimu, burya tuzoremwa bushasha tuzuke!”. Ahubwo rero, bamirira kure izurwa ry’ibiremwa, kuko bahakana bivuye inyuma ko batazohura n’Imana yabo Rurema Allah ku musi w’izuka. 11. Ntumwa y’Imana! Bwira ababangikanyamana uti: “Umumalayika ajejwe urupfu ari na we abashinzwe, azobakuramwo imishaha ikiringo co kubaho kwanyu nicahera, muce mupfa, hanyuma musubizwe ku Mana yanyu Rurema Allah kugira Ibahembere ivyo mwakoze; ineza ku ciza canke inabi ku kibi”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia