Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

As-Sajdah 32:18 افمن كان مومنا كمن كان فاسقا لا يستوون ١٨

Ukurasa 416 · Juzuu 21

أَفَمَن
كَانَ
مُؤۡمِنٗا
كَمَن
كَانَ
فَاسِقٗاۚ
لَّا
يَسۡتَوُۥنَ
١٨
Mbega burya umwemeramana agamburukira Imana Allah akizera n’isezerano ryayo, ni nk’ikigaba kigarariza Imana Allah kigahakana civuye inyuma Intumwa n’umusi w’iherezo! Ihibambewe, ntibanganya ubutore.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Believer and the Rebellious are not equal

Allah tells us that in His justice and generosity, on the Day of Judgement He will not judge those who believed in His signs and followed His Messengers, in the same way as He will judge those who rebelled, disobeyed Him and rejected the Messengers sent b

…

The Believer and the Rebellious are not equal

Allah tells us that in His justice and generosity, on the Day of Judgement He will not judge those who be

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

15. Burya, abemera Aayah zacu za Qor’ani bakanagendera vy’ukuri ibirimwo, ni barya iyo bibukijwe canke basomewe nya Aayah, bashoka bubama ku ruhanga, bagaheza muri nya kwubama bagashimagiza Imana yabo Rurema Allah, bayininahaza bayitazira, kandi ntibagira amanyama ngo banke kwubamira Imana Imwe Rudende Allah; 16. Baravyuka bakigira kure y’uburiri basenga mu gicugu, basaba Imana yabo Rurema Allah ku gutinya ibihano vyayo, baziga n’indishi kuri Yo; no mu vyo Twabaronkeje, baratanga mu bikorwa vy’igamburukiramana. 17. Nta muntu n’umwe rero azi ivyategekanirijwe abemeramana mu vyiza biri aho vy'akaroruhore, biryoheye ijisho bikeza n’umutima. Iyo, ni yo ndishi ku vyiza bamye bakora kw’isi. 18. Mbega burya umwemeramana agamburukira Imana Allah akizera n’isezerano ryayo, ni nk’ikigaba kigarariza Imana Allah kigahakana civuye inyuma Intumwa n’umusi w’iherezo! Ihibambewe, ntibanganya ubutore. 19. Abemeye rero Imana Allah bagakora n’ivyiza bitegetswe, barategekanirijwe imirima yo mu Bwami bw’ijuru bazoshikiramwo, ni yo ndishi ku vyiza bamye bakora kw’isi; 20. Nayo ibigaba vyarenze ku mabwirizwa y’Imana Allah, ubushikiro bwavyo ni mu muriro wa Jahannamu. Igihe cose bagerageje kuwuhunga ngo bawuvemwo bazokubitirwa gusubirayo, maze babwirwe n’agashinyaguro n’akantu bati: “Nimwumvirize nyabuna ibihano vy’umuriro mwahora muhakana muvuga ko bitabaho!”. 21. Ni ukuri Twebwe Allah, Tuzohonja ibigaba bihakana bikarenga ku mabwirizwa yacu, ibihano vy’ubwoko bwose; ibihano bitobito vy’ivyago n’amagorwa kw’isi imbere yuko bihabwa mu muriro ibihano rutura ku musi w’izuka; ivyo bikaba ari mu ntumbero yo kugira vyisubireko bigaruke vyigaye ivyaha vyavyo ku Mana Allah. 22. Nta n’umwe rero arenganya akimonogoza gusumba uwibutswa ku vyemezo vy’Imana yiwe Rurema Allah, hanyuma akavyirengagiza. Mu vy’ukuri Twebwe Allah, Tuzokwihora mu guhana ibigaba birenga ku mabwirizwa yacu.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia