Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

As-Saaffat 37:76 ونجيناه واهله من الكرب العظيم ٧٦

Ukurasa 448 · Juzuu 23

وَنَجَّيۡنَٰهُ
وَأَهۡلَهُۥ
مِنَ
ٱلۡكَرۡبِ
ٱلۡعَظِيمِ
٧٦
Turaheza rero Turamurokora we n’umuryango wiwe hamwe n’abemeramana bari kumwe, Tubakura mu kaga ko gusomeshwa nturi y’akataraboneka;
Endelea Kusoma

Soma Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Nuh and His People

When Allah tells us about how most of the early people went astray from the path of salvation, He starts the detailed explanation of that with the story of Nuh and the rejection of his people. Only a few of Nuh's people believed in him, despite the long period of time he spent amon

…

Nuh and His People

When Allah tells us about how most of the early people went astray from the path of salvation, He starts the detailed explanation of

…
Tazama Tafsir

Soma katika Muktadha

75. Ni ukuri, Nuhu amaze kwihebura ko abantu yarungitsweko batarota bamwemera, yaraduhamagaye Twebwe Allah kugira Tumutabare, maze asanga ni Twebwe Umwiza w’abatabazi yitabira uwumutabaje; 76. Turaheza rero Turamurokora we n’umuryango wiwe hamwe n’abemeramana bari kumwe, Tubakura mu kaga ko gusomeshwa nturi y’akataraboneka; 77. Maze Tugira uruvyaro rwa Nuhu kuba ari rwo rusigara rukarondoka inyuma yuko abantu yarungitsweko bahitanwa n’isegenya; 78. Tumuha no kuyagwa neza mu bantu bakurikiye gushika ku musi w’iherezo. 79. Harakayagwa neza rero Nuhu mw’iteka n’itekane mu biremwa vyose. 80. Ni nk’uko nyene rero mu vy’ukuri Twebwe Allah - Twahemvye Nuhu mu kuyagwa neza n’ibiremwa - Duhemba abagwaneza mu kwumvira Imana Allah. 81. Mu vy’ukuri, Nuhu ari mu baja bacu b’abemeramana bubahiriza koko amabwirizwa yacu. 82. Mu nyuma rero, ni ho Twebwe Allah, Twahonya abantu ba Nuhu bahakanye bivuye inyuma, maze bahitanwa n’isegenya.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Endelea Kusoma

Maelezo na Tafakari

Huna maelezo au tafakari yoyote kuhusu aya hii.

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia