Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

An-Nur 24:11 ان الذين جاءوا بالافك عصبة منكم لا تحسبوه شرا لكم بل هو خير لكم لكل امري منهم ما اكتسب من الاثم والذي تولى كبره منهم له عذاب عظيم ١١

Ukurasa 351 · Juzuu 18

إِنَّ
ٱلَّذِينَ
جَآءُو
بِٱلۡإِفۡكِ
عُصۡبَةٞ
مِّنكُمۡۚ
لَا
تَحۡسَبُوهُ
شَرّٗا
لَّكُمۖ
بَلۡ
هُوَ
خَيۡرٞ
لَّكُمۡۚ
لِكُلِّ
ٱمۡرِيٕٖ
مِّنۡهُم
مَّا
ٱكۡتَسَبَ
مِنَ
ٱلۡإِثۡمِۚ
وَٱلَّذِي
تَوَلَّىٰ
كِبۡرَهُۥ
مِنۡهُمۡ
لَهُۥ
عَذَابٌ
عَظِيمٞ
١١
Mu vy’ukuri, abazanye inkuru y’irementanya y’icaha c’ubusambanyi bagirije umuvyeyi w’abameramana Aisha (Imana Allah Imwishimire), ni akagwi k’abantu muri mwebwe nyene. Ntimwibaze rero ko iryo rementanya harimwo inabi kuri mwebwe, ahubwo harimwo ineza kuri mwebwe kuko ari yo mvo y’iyezwa ry’umuvyeyi w’abemeramana Aisha kuri ico caha, vyongeye ni n’igeragezwa ku bemeramana. Uwo wese rero, yakwiragije iryo rementanya yarakoze icaha ategerezwa guhanirwa; nayo uwagize1 uruhara rukomeye muri bo mw’ikwiragizwa ry’iryo rementanya, arategekanirijwe ibihano rutura mu buzima bw’inyuma yo gupfa.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Al-Ifk (the Slander)

The next ten Ayat were all revealed concerning `A'ishah, the mother of the believers, may Allah be pleased with her, when the people of slander and falsehood among the hypocrites made their accusations against her and spread lies about her. Allah became jealous on her behalf and

…

Al-Ifk (the Slander)

The next ten Ayat were all revealed concerning `A'ishah, the mother of the believers, may Allah be pleased with her, when the peo

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

11. Mu vy’ukuri, abazanye inkuru y’irementanya y’icaha c’ubusambanyi bagirije umuvyeyi w’abameramana Aisha (Imana Allah Imwishimire), ni akagwi k’abantu muri mwebwe nyene. Ntimwibaze rero ko iryo rementanya harimwo inabi kuri mwebwe, ahubwo harimwo ineza kuri mwebwe kuko ari yo mvo y’iyezwa ry’umuvyeyi w’abemeramana Aisha kuri ico caha, vyongeye ni n’igeragezwa ku bemeramana. Uwo wese rero, yakwiragije iryo rementanya yarakoze icaha ategerezwa guhanirwa; nayo uwagize uruhara rukomeye muri bo mw’ikwiragizwa ry’iryo rementanya, arategekanirijwe ibihano rutura mu buzima bw’inyuma yo gupfa. 12. Ese iyo bamwe ku bandi muri mwebwe abemeramana biyumvira bagashira imbere ineza igihe mwumviye nya rementanya, maze bakavuga bati: “Iyi nkuru, ni irementanya ryeruye kuri Aisha (Imana Allah Imwishimire)!”. 13. Abazanye iryo rementanya, ntibari gupfuma bazana ivyabona bine vy’intungane biryemeza! Ku kubera ko rero batashoboye kuzana nya vyabona, abo ku Mana Allah ni bo babeshi ruhebwa. 14. Iyo hataba impano z’Imana Allah kuri mwebwe abemeramana mu kutihutira kubahana kw’isi, hamwe n’impuhwe zayo mu kwumvira abigaya muri mwebwe, mwari gukorwako n’ibihano rutura bitewe n’ikwiragizwa ry’iryo rementanya. 15. Igihe mwahanahana inkuru y’iryo rementanya kandi ari ikinyoma ceruye, mugaheza mukarikwiragiza mu kuvuga ivyo mutazi, mwibaza ko ari ikintu coroshe cofatwa minenegwe kandi ku Mana Allah ari icaha rutura! 16. Igihe mwumviye nya rementanya, ntimwari gupfuma muvuga muti: “Eka ntiturekuriwe namba kuvuga iki kinyoma, ininahazwa ni iryawe Mana, ukubeshera umukenyezi w’Intumwa yawe ntibikabe, iri ni irementanya rutura kandi rihanwa”. 17. Imana Allah, Irabibutsa Ibihaniza ko mutopfa musubiriye kugira irementanya nk’iri nimwaba muri abemeramana koko. 18. Imana Allah, Iranabatomorera Aayah zayo zirimwo ingingo n’inyigisho mukwiye kugendera, burya Imana Allah, ni Nyenubumenyikurivyose, Irazi ivyo mukora; Intungane mu vyo Ikora. 19. Mu vy’ukuri, abakunda ko ukwagirizanya ubusambanyi n’ukwambikana ibara bikwiragizwa mu bemeramana nibatigaya nya caha, barategekanirijwe ibihano bibabaza kw’isi hamwe rero n’umuriro mu buzima bw’inyuma yo gupfa. Burya Imana Allah, Irazi neza ivyo babesha mu gihe mwebwe ata vyo muzi. 20. Iyo hataba impano z’Imana Allah hamwe n’impuhwe zayo ku bakwiragije inkuru y’irementanya muri mwebwe abemeramana, Imana Allah ntiyari kubatomorera izi ngingo n’inyigisho ngo mwikebuke, Yari kwihutira nyabuna kubahana. Ivyo rero biri ukwo, kuko Imana Allah ari Nyenikigongwe, Nyenimbabazi ku batoni bayo.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia