Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

An-Nur 24:10 ولولا فضل الله عليكم ورحمته وان الله تواب حكيم ١٠

Ukurasa 350 · Juzuu 18

وَلَوۡلَا
فَضۡلُ
ٱللَّهِ
عَلَيۡكُمۡ
وَرَحۡمَتُهُۥ
وَأَنَّ
ٱللَّهَ
تَوَّابٌ
حَكِيمٌ
١٠
Iyo hataba impano z’Imana Allah n’impuhwe zayo kuri mwebwe abemeramana, mu gushinga ingingo yo kwahukana kw’abubakanye bagirizanya ubusambanyi mu gihe barahiye, umubeshi muri bo yari guhanishwa igihano yisabiye mu kurahira, ivyo rero biri ukwo kuko Imana Allah ari Nyenukwumvirabigaya, Yumvira abayitakambira mu biremwa, Intungane mu vyo Ikora.
Endelea Kusoma

Soma Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Details of Al-Li`an

This Ayah offers a way out for husbands. If a husband has accused his wife but cannot come up with proof, he can swear the Li`an (the oath of condemnation) as Allah commanded. This means that he brings her before the Imam and states what he is accusing her of. The ruler then asks

…

Details of Al-Li`an

This Ayah offers a way out for husbands. If a husband has accused his wife but cannot come up with proof, he can swear the Li`an (

…
Tazama Tafsir

Soma katika Muktadha

6. Abakorera inteba ishushe abakenyezi babo mu kubagiriza icaha c’ubusambanyi, ata n’ivyabona bindi vy’intungane bafise vyagiriza abo bakenyezi nya caha, kiretse bo bonyene ubwabo, umwe wese muri bo ategerezwa kwemanga imbere y’ubutungane mu kurahira incuro zine avuga ati: “Ndarahiye ngira Imana Allah Icabona canje, ko mvugisha ukuri ku caha c’ubusambanyi nagiriza umukenyezi wanje”; 7. Aheze yongereko n’indahiro igira gatanu yo kwisabira imivumo y’Imana Allah avuga ati: “Ndakavumwa n’Imana Allah, ninaba mbeshera umukenyezi wanje ku caha c’ubusambanyi ndamwagiriza”. 8. Kuri iyi ndahiro igira gatanu, umukenyezi wiwe aca yagirwa na nya caha c’ubusambanyi, agaheza agahabwa igihano co guterwa amabuye gushika apfe. Nta gikura ico gihano kuri nya mukenyezi, kiretse ukurahira incuro zine avuga ati: “Ndarahiye ngira Imana Allah Icabona canje, ko umugabo wanje ambeshera ku caha c’ubusambanyi anyagiriza”; 9. Aheze yongereko n’indahiro igira gatanu yo kwisabira gushavurirwa n’Imana Allah avuga ati: “Ndagashavurirwa n’Imana Allah, umugabo wanje niyaba avugisha ukuri ku caha c’ubusambanyi anyagiriza”. Kuri iyi ndahiro igira gatanu rero, baca bahukanishwa. 10. Iyo hataba impano z’Imana Allah n’impuhwe zayo kuri mwebwe abemeramana, mu gushinga ingingo yo kwahukana kw’abubakanye bagirizanya ubusambanyi mu gihe barahiye, umubeshi muri bo yari guhanishwa igihano yisabiye mu kurahira, ivyo rero biri ukwo kuko Imana Allah ari Nyenukwumvirabigaya, Yumvira abayitakambira mu biremwa, Intungane mu vyo Ikora.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Endelea Kusoma

Maelezo na Tafakari

Huna maelezo au tafakari yoyote kuhusu aya hii.

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia