Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

An-Nisaa 4:65 فلا وربك لا يومنون حتى يحكموك فيما شجر بينهم ثم لا يجدوا في انفسهم حرجا مما قضيت ويسلموا تسليما ٦٥

Ukurasa 88 · Juzuu 5

فَلَا
وَرَبِّكَ
لَا
يُؤۡمِنُونَ
حَتَّىٰ
يُحَكِّمُوكَ
فِيمَا
شَجَرَ
بَيۡنَهُمۡ
ثُمَّ
لَا
يَجِدُواْ
فِيٓ
أَنفُسِهِمۡ
حَرَجٗا
مِّمَّا
قَضَيۡتَ
وَيُسَلِّمُواْ
تَسۡلِيمٗا
٦٥
Ihibambewe! Ndarahiye kw’Izina ry’Imana yawe Rurema Allah, ko bataremera vy’ukuri, batabanje kukugira umucamanza mu matati yaduka hagati yabo, hanyuma ntibasigarane akangonongono mu mitima yabo ku ngingo washikirije, baheze bayemere nk’uko wayishikirije ata guhigimanga1.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Necessity of Obeying the Messenger ﷺ

Allah said,

وَمَآ أَرْسَلْنَا مِن رَّسُولٍ إلاَّ لِيُطَاعَ

(We sent no Messenger, but to be obeyed) meaning, obeying the Prophet was ordained for those to whom Allah sends the Prophet. Allah's statement,

بِإِذُنِ اللَّهِ

(by Allah's leave) means, "None shall obey,

…

The Necessity of Obeying the Messenger ﷺ

Allah said,

وَمَآ أَرْسَلْنَا مِن رَّسُولٍ إلاَّ لِيُطَاعَ

(We sent no Messenger, but to be obeyed) meaning, obe

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

64. Nta Ntumwa n’imwe Twarungitse atari ukugira ngo yumvirwe ku bubasha n’ubutungane bw’Imana Allah. Ntumwa y’Imana! Iyo rero abirenganije mu gukora ivyaha baza bakugana - ukiriho - kugira bigaye, baheze basabe Imana Allah imbabazi ku vyaha vyabo, maze Intumwa na yo ibasabire imbabazi ku Mana Allah, bari gusanga Imana Allah ari Nyenukwumvirabigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo. 65. Ihibambewe! Ndarahiye kw’Izina ry’Imana yawe Rurema Allah, ko bataremera vy’ukuri, batabanje kukugira umucamanza mu matati yaduka hagati yabo, hanyuma ntibasigarane akangonongono mu mitima yabo ku ngingo washikirije, baheze bayemere nk’uko wayishikirije ata guhigimanga. 66. Iyo rero Tuja gutegeka izo ndyarya zisunga ingingo zishingiye ku bintazi n’ikinyoma, Duti: “Nimwicane hagati yanyu, canke musohoke mu zanyu mwimuke”, ntizari kuvyubahiriza kiretse abari ku rushi muri zo. Iyo zubahiriza ivyo zihanurwa, vyari kuzigirira akamaro cane, ni ukuri vyari no gutsimbataza ukwemera kwazo; 67. Ni ukuri, muri ico gihe Twari no kuziha mu buzima bwo kw’isi n’ubw’inyuma yo gupfa, indishi zihambaye zivuye iwacu Twebwe Allah; 68. Ni ukuri, Twari no kuzirongora mu nzira igororotse, Tukazishoboza kuyikurikira.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia