Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

An-Naml 27:58 وامطرنا عليهم مطرا فساء مطر المنذرين ٥٨

Ukurasa 382 · Juzuu 20

وَأَمۡطَرۡنَا
عَلَيۡهِم
مَّطَرٗاۖ
فَسَآءَ
مَطَرُ
ٱلۡمُنذَرِينَ
٥٨
Twabahanishije rero imvura y’amabuye mu kububikako igisagara cabo. Yari imvura y’amabuye y’akataraboneka, yahoneje abagabishijwe ku bihano vy’Imana Allah maze bica amatwi.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Lut and His People

Allah tells us about His servant and Messenger Lut, peace be upon him, and how he warned his people of Allah's punishment for committing an act of immorality which no human ever committed before them -- intercourse with males instead of females. This is a major sin, whereby men are

…

Lut and His People

Allah tells us about His servant and Messenger Lut, peace be upon him, and how he warned his people of Allah's punishment for commit

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

54. Ntumwa y’Imana! Ibuka n’inkuru ya Luutwi igihe yabwira abantu biwe yarungitsweko ati: “Karashize ingani mwubahuke gukora akaranda kandi mubona inkurikizi mbi zako! 55. Ubwo vy’ukuri, murubahuka kwabira abagabo nkamwe mukabipfuza, ha kwipfuza abagore! Ahubwo rero, mwebwe muri abantu badatahura agateka k’Imana Allah kuri mwebwe, ari na co gituma muca kubiri n’amabwirizwa yayo, mukanahakana n’Intumwa yayo!”. 56. Ico gihe, nta nyishu yatanzwe n’abantu ba Luutwi, atari ukubwirana hagati yabo bati: “Luutwi n’umuryango wiwe, nimubomore mu gisagara canyu. Mu vy’ukuri, bo ni abantu biyubashe!”. 57. Ni ho Twebwe Allah, Twategeka Luutwi n’umuryango wiwe kuva muri nya gisagara, Turaheza Tubarokora mu bihano vyari bigiye gushika, kiretse umugore wiwe yahonejwe mu bandi kuko yashigikira ingeso zabo mbi. 58. Twabahanishije rero imvura y’amabuye mu kububikako igisagara cabo. Yari imvura y’amabuye y’akataraboneka, yahoneje abagabishijwe ku bihano vy’Imana Allah maze bica amatwi.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia