Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

An-Naml 27:3 الذين يقيمون الصلاة ويوتون الزكاة وهم بالاخرة هم يوقنون ٣

Ukurasa 377 · Juzuu 19

ٱلَّذِينَ
يُقِيمُونَ
ٱلصَّلَوٰةَ
وَيُؤۡتُونَ
ٱلزَّكَوٰةَ
وَهُم
بِٱلۡأٓخِرَةِ
هُمۡ
يُوقِنُونَ
٣
Abatsimbataza amasengesho atanu ku musi akwije ibisabwa; bagatanga n’ishikanwa-bwirizwa ku bayigenewe; bakemera ata guhigimanga ko hariho ubuzima bw’inyuma yo gupfa.
Endelea Kusoma

Soma Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Which was revealed in Makkah

بِسْمِ اللَّهِ الرَّحْمَنِ الرَّحِيمِ

In the Name of Allah, the Most Gracious, the Most Merciful.

The Qur'an is Guidance and Glad Tidings for the Believers, a Warning to the Disbelievers, and it is from Allah

In (the comments on) Surat Al-Baqarah, we discussed the letters w

…

Which was revealed in Makkah

بِسْمِ اللَّهِ الرَّحْمَنِ الرَّحِيمِ

In the Name of Allah, the Most Gracious, the Most Merciful.

The Qur'an is Guidance an

…
Tazama Tafsir

Soma katika Muktadha

1. Twaa Siin. Izi, ni Aayah za Qor’ani, Aayah z’Igitabu gitomoye neza, mu nsiguro, mu ngingo z’ibirekuwe n’ibizira; 2. Izo Aayah z’Igitabu Qor’ani, ni uburongozi bushikana ku ntsinzi mu buzima bwo kw’isi no mu bw’inyuma yo gupfa, zikanaba n’inkuru nziza iremesha ko Ubwami bw’ijuru bwagenewe abemeramana; 3. Abatsimbataza amasengesho atanu ku musi akwije ibisabwa; bagatanga n’ishikanwa-bwirizwa ku bayigenewe; bakemera ata guhigimanga ko hariho ubuzima bw’inyuma yo gupfa. 4. Mu vy’ukuri, abatemera ko hariho ubuzima bw’inyuma yo gupfa ngo baheze babwitegurire, Twabaryohereje ibikorwa vyabo bibi babibona ko ari vyiza, baranajuragirika mu kubura ico bafata n'ico bareka mu vyo bakora; 5. Abo, ni bo rero bategekanirijwe ibihano bibi bisuzuguza mu buzima bwo kw’isi, bakazoba no mu bahomvye cane mu buzima bw’inyuma yo gupfa. 6. Ntumwa y’Imana! Mu vy’ukuri, wewe wakira Qor’ani ivuye ku Mana Allah, Intungane mu vyo Ikora, Nyenubumenyikurivyose.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Endelea Kusoma

Maelezo na Tafakari

Huna maelezo au tafakari yoyote kuhusu aya hii.

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia