Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

An-Najm 53:41 ثم يجزاه الجزاء الاوفى ٤١

Ukurasa 527 · Juzuu 27

ثُمَّ
يُجۡزَىٰهُ
ٱلۡجَزَآءَ
ٱلۡأَوۡفَىٰ
٤١
Hanyuma akazohemberwa ivyo yaranguye ata kigabanijweko;
Endelea Kusoma

Soma Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Chastising Those Who disobey Allah and stop giving Charity

Allah the Exalted chastises those who turn away from His obedience,

فَلاَ صَدَّقَ وَلاَ صَلَّى - وَلَكِن كَذَّبَ وَتَوَلَّى

(So he (the disbeliever) neither believed nor prayed! But on the contrary, he belied and turned away!) (75:31-32),

وَ

…

Chastising Those Who disobey Allah and stop giving Charity

Allah the Exalted chastises those who turn away from His obedience,

فَلاَ صَدَّقَ وَلاَ صَل

…
Tazama Tafsir

Soma katika Muktadha

33. Ntumwa y’Imana! Mbega warabonye uwugenza umugongo akirengagiza igamburukiramana! 34. Maze agatanga dukeya mu matungo yiwe, hanyuma agateba agaheba gutanga n’utwo dukeya; 35. Mbega yoba azi mu binyegejwe ibiremwa, ko amatungo yiwe azoteba agahera n’aho yoheba gutanga, akazovyibonera n’amaso! Uko yiyumvira si ko biri. Ahubwo areka gutanga, kuko ari impfumbasi ruhebwa; 36. Mbega ntiyabwiwe ibiri muri Tawurati ya Musa; 37. N’ibiri mu Mizingo ya Ibrahimu yubahirije ishirwa mu ngiro ry’ivyo yategetswe! 38. Ko ata muntu azohanirwa icaha ca mugenziwe, akazobazwa ku vyo yakoze ku gatwe kiwe; 39. N’uko umuntu atazohemberwa, kiretse ico yaranguye we nyene; 40. N’uko indishi y’ivyo yaranguye izoboneka mu buzima bw’inyuma yo gupfa; 41. Hanyuma akazohemberwa ivyo yaranguye ata kigabanijweko; 42. N’uko iherezo ry’ibiremwa vyose ku musi w’izuka, ari ku Mana yawe Rurema Allah; 43. N’uko Imana Allah ari Yo Ituma uwutwenga, atwenga iyo hagize ikimunezereye; Igatuma n’uwurira, arira iyo hagize ikimubabaza; 44. N’uko ari Yo Yaka ubuzima uwo Ishatse hageze gupfa, agapfa; Igaha n’ubuzima uwo Ishatse, akabaho; 45. N’uko Yaremye mu bantu no mu binyabuzima ibitsina bibiribibiri: igitsina-gabo n’igitsina-gore; 46. Ikabirema mu ntanga zisunitswe mu gitereko; 47. N’uko Imana Allah Izosubiza kandi ubuzima ibiremwa, maze bikazuka ku musi w’izuka; 48. N’uko ari Yo Ikenura ibiremwa, maze bigatunga bigatunganirwa; 49. N’uko ari Yo Rurema Yaremye inyenyeri yakaka; 50. N’uko ari Yo Yahoneje Bene Aadi barungikiwe Huudi; 51. Ihonya na Bene Thamuudi barungikiwe Swalehe. Abo bose rero, Yabahonereje rimwe, nta n’igisanira casigaye; 52. Yahoneje n’abantu barungikiwe Nuhu hambere ya Bene Aadi na Bene Thamuudi. Mu vy’ukuri abo bose, bari n’abantu bimonogoje mu kurenga ku mabwirizwa y’Imana Allah kurusha abakurikiye mu nyuma. 53. N’abantu bo mu bisagara vyimonogoje mu bugaba rero, Imana Allah Yarabibubitseko, maze Ibafuririra mu kuzimu; 54. Iraheza Ibakurikiza n’amabuye y’urutavanako yahanantutse mu kirere nk’imvura. 55. Muntu uhakana! None, ni iyihe nema mu nema z’Imana yawe Rurema Allah, ufiseko amakenga! 56. Ng’uyu rero Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), Umugabisha w’ukuri ku vyo n’Abavugishwamana bo hambere yiwe bagabishijeko abo barungitsweko. Ntabwo rero ari icaduka mu Ntumwa. 57. Umuhero w’isi, vuba bwango ugiye gushika; 58. Nta wushobora kubuza canke ngo amenye isango uzoshikirako atari Imana Allah. 59. Babangikanyamana! Mbega mutangazwa n’uko iyi Qor’ani yoba koko ari ukuri; 60. Mukanatwenga muyiteburako, ha kurira kw’igabishwa ririmwo ku bihano bibarindiriye; 61. Mukabandanya mufyinata munayirengagiza! 62. Enda rero nyabuna nimwubamire Imana Allah mu gushira uruhanga hasi, mweze n’ivyo mukora vyose mu kuyiyegereza ku bwayo.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Endelea Kusoma

Maelezo na Tafakari

Huna maelezo au tafakari yoyote kuhusu aya hii.

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia