Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Waqiah 56:51 ثم انكم ايها الضالون المكذبون ٥١

Ukurasa 536 · Juzuu 27

ثُمَّ
إِنَّكُمۡ
أَيُّهَا
ٱلضَّآلُّونَ
ٱلۡمُكَذِّبُونَ
٥١
Hanyuma rero ga bantu bahuvye inzira y’ukuri, bagahakana bivuye inyuma isezerano ry’Imana Allah;
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Those on the Left and Their Recompense

After Allah mentioned the condition of those on the right hand, He then mentioned the condition of those on the left hand,

وَأَصْحَبُ الشِّمَالِ مَآ أَصْحَبُ الشِّمَالِ

(And those on the left How will be those on the left) meaning, `What is the condition of those

…

Those on the Left and Their Recompense

After Allah mentioned the condition of those on the right hand, He then mentioned the condition of those on the

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

41. Umugwi w’abantu b’ibubamfu. Ese icokwereka amagorwa bagowe n’ibihano bibarindiriye! 42. Bazoba bari mu bihano vy’umwokero w’umuriro wa Jahannamu bahezagurika, bahemburwa n’amazi yasebuye akaryimara, acagagura amara; 43. Bari mu gatutu k’umwotsi wa Jahannamu; 44. Si ahantu harangwa n’akayaga wokwipfuza gushikira; si n’ahantu hubashwe wokwipfuza kuraba ibihabera; 45. Mu vy’ukuri n’imbere y’aho bakiri kw’isi, bararyoherwa n’ibizira mu bihendamaso vyayo, bakirengagiza ukuri bazaniwe n’Intumwa z’Imana Allah; 46. Baranatsimbatara kw’igarariza n’ibangikanyamana, batiyumvira kwigaya; 47. Bahora bavuga mu guhakana izurwa ry’ibiremwa, bati: “Mbega burya, nitwapfa tugacika ivu n’amagufa yaboze mu kuzimu, tuzoheza dusubizwe ubuzima tuzuke koko! 48. Burya, tuzozuka twebwe hamwe n’abavyeyi bacu bapfuye kera bagacika ivu!”. 49. Ntumwa y’Imana! Bakurire inkoni ku gishitsi, maze ubishure uti: “Mu vy’ukuri, abapfuye kera hamwe n’abazopfa mu nyuma muri Bene Adamu; 50. Ni ukuri bose bazozuka, maze begeranirizwe hamwe ku musi nyezina w’izuka”. 51. Hanyuma rero ga bantu bahuvye inzira y’ukuri, bagahakana bivuye inyuma isezerano ry’Imana Allah; 52. Ni ukuri, muzorya ku giti Zaqquumu kiri mu nyenga y’umuriro; 53. Maze ku kwicwa n’inzara, muzokiryako ku kwuzuza inda; 54. Muheze mushozeko n’amazi yasebuye akaryimara; 55. Muzoyanywa kenshi atabavuna akanyota, nka kurya kw’ingamiya inywa ntihere inyota ku burwayi; 56. Ivyo bihano bateguriwe rero, ni yo nduhuro yabo ku musi w’iharurirwa n’impera.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia