Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Qiyama 75:28 وظن انه الفراق ٢٨

Ukurasa 578 · Juzuu 29

وَظَنَّ
أَنَّهُ
ٱلۡفِرَاقُ
٢٨
Uwuri ku mpfiro na we azoba yamaze kumenya neza na neza ko hageze gusezera isi;
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Certainty will Occur at the Time of Death. Allah Informs of the Condition at the Time of Death and What Terrors it Contains.

May Allah make us firm at that time with the Firm Statement. Allah says,

كَلاَّ إِذَا بَلَغَتِ التَّرَاقِىَ

(Nay, when it reaches to the collarbones.) If we make the word "Kalla"

…

Certainty will Occur at the Time of Death. Allah Informs of the Condition at the Time of Death and What Terrors it Contains.

May Allah make us firm at

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

26. Nateshwe ate, arahumba mu gukunda ivy’ isi! Igihe inkomoko y'ubuzima "Roho" yageze mu muhogo ari ku mpfiro; 27. Maze uwuri hafi, akabwirwa n’abari ng’aho ati: “Mbega yemwe, ni nde yomukiza!”; 28. Uwuri ku mpfiro na we azoba yamaze kumenya neza na neza ko hageze gusezera isi; 29. Maze intureka zo gusezera isi zigahura n’intureka zo gutangura ubuzima bw’inyuma yo gupfa, imirundi igafatana atera akagere ka nyuma. 30. Kuri uwo musi w'izuka ry'ibiremwa rero, ibiremwa bizoshorerwa ku Mana yawe Rurema Allah. 31. Umugarariji, ntiyigeze yemera Intumwa na Qor’ani, eka ntiyigeze anasenga amasengesho-bwirizwa; 32. Ahubwo yarahakanye Qor’ani yivuye inyuma, yirengagiza n’ukwemera Intumwa; 33. Hanyuma agenda agana ku muryango wiwe n’amanyama n’ubwirasi n'akantu. 34. Muhakanyi! Uragahanwa n’Imana Allah! Uragahanwa n’Imana Allah! 35. Hanyuma kandi, uragahanwa n’Imana Allah! Uragahanwa n’Imana Allah! 36. Mbega, umuhakanyi w’izuka ry’ibiremwa, yibaza ko azokwihozwa akarekwa uko ashaka, ntahabwe amabwirizwa ngo aheze abazwe ko yayubahirije! 37. Mbega, ntiyari ima ry’intanga ryakororewe mu gitereko! 38. Hanyuma aba amaraso avuze, ni uko rero Imana Allah Iraheza Iramurema, Iraringaniza indemo yiwe n’ibihimba vyiwe; kimwe cose aho kigenewe, kibereye; 39. Hanyuma Imugiramwo ibitsina bibiri: igitsina-gabo canke igitsina-gore. 40. Mbega Imana Allah Ishoboye gukora ivyo vyose, ntishoboye kuzura abapfuye, Ikabasubiza ubuzima!

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia