Iniciar sesión
Iniciar sesión
Iniciar sesión
Seleccionar idioma

Al-Qásas 28:83 تلك الدار الاخرة نجعلها للذين لا يريدون علوا في الارض ولا فسادا والعاقبة للمتقين ٨٣

Página 395 · Juz 20

تِلۡكَ
ٱلدَّارُ
ٱلۡأٓخِرَةُ
نَجۡعَلُهَا
لِلَّذِينَ
لَا
يُرِيدُونَ
عُلُوّٗا
فِي
ٱلۡأَرۡضِ
وَلَا
فَسَادٗاۚ
وَٱلۡعَٰقِبَةُ
لِلۡمُتَّقِينَ
٨٣
Ivyiza vyo muri ubwo buzima bw’inyuma yo gupfa, Tubigenera gusa abantu batagenzwa n’amanyama mu guhonyanga ukuri, no mu gukwiragiza ubwononyi kw’isi. Burya iherezo ryiza ryo kuronswa Ubwami bw’ijuru, ni iry’abagamburukiramana.
reading-goal:continue-reading

Leer q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Blessings of the Hereafter for the humble Believers

Allah tells us that He has made the home of the Hereafter, and its eternal delights which will never change or fade away, for His believing, humble servants who do not rebel against the truth with pride and oppression in the land. They do not ex

…

The Blessings of the Hereafter for the humble Believers

Allah tells us that He has made the home of the Hereafter, and its eternal delights which will

…
Ver tafsirs

Leer related-content

83. Ivyiza vyo muri ubwo buzima bw’inyuma yo gupfa, Tubigenera gusa abantu batagenzwa n’amanyama mu guhonyanga ukuri, no mu gukwiragiza ubwononyi kw’isi. Burya iherezo ryiza ryo kuronswa Ubwami bw’ijuru, ni iry’abagamburukiramana. 84. Abazoza rero ku musi w’izuka baremera Imana Imwe Rudende Allah, bakaba baranakoze n’ivyiza bitegetswe, bazoheza bahabwe n’Imana Allah indishi nziza cane y’Ubwami bw’ijuru. Nayo abazoza kuri nya musi barabangikanya Imana Allah baranakoze n’ivyaha, nibamenye ko abakoze ivyaha batazohembwa kiretse ku vyaha nyene bakoze. 85. Ntumwa y’Imana! Mu vy’ukuri, Uwakumanuriye Qor’ani Akakubwiriza kuyigendera no kurarikira abantu kuyikurikira, ni ukuri Azogusubiza iyo waje uva i Makka. Ntumwa y’Imana! Vuga ubwire ababangikanyamana uti: “Imana yanje Rurema Allah, Irazi neza uwazanye uburongozi, Irazi n’uwuri mu muzimagiza ugaragara uri kure y’ukuri”. 86. Ntumwa y’Imana! Ntiwaziga ko wururukirizwa Igitabu ca Qor’ani, ariko Imana Allah ku mpuhwe zayo Yarakikumanuriye. Uraheza rero ushimire Imana Allah ku nema zayo, kandi ntukabe umufasha w’abagarariji mu bwononyi. 87. Ababangikanyamana, ntibakakubuze gushikiriza Aayah n’ivyemezo vy’Imana Allah inyuma y’aho Ibikumanuriye, shikiriza rero ata guhigimanga ubutumwa bw’Imana yawe Rurema Allah, kandi ntukabe mu babangikanyamana ku kintu na kimwe. 88. Ntukiyegereze mu gusenga iyindi mana hamwe n’Imana Allah, nta mana yindi ibwirijwe gusengwa atari Yo. Ikintu cose kizohona kiretse Imana Allah ubwayo Yonyene. Ishingwa ry’ingingo ku biremwa ni iryayo, ni no kuri Yo muzosubizwa mumaze gupfa kugira muharurirwe, muhemberwe n'ivyo mwakoze.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Notas y Reflexiones.

reflection-not-available

Notes placeholders

Mantente conectado al Corán ❤️

Breves recordatorios significativos para reconectar, reflexionar y mantenerse conectado con el Corán.

Lea, escuche, busque y reflexione sobre el Corán

Quran.com es una plataforma confiable utilizada por millones de personas en todo el mundo para leer, buscar, escuchar y reflexionar sobre el Corán en varios idiomas. Ofrece traducciones, tafsir, recitaciones, traducción palabra por palabra y herramientas para un estudio más profundo, haciendo que el Corán sea accesible para todos.

Como Sadaqah Jariyah, Quran.com se dedica a ayudar a las personas a conectar profundamente con el Corán. Con el apoyo de Quran.Foundation , una organización sin fines de lucro 501(c)(3), Quran.com continúa creciendo como un recurso gratuito y valioso para todos, Alhamdulillah.

Navegar
Inicio
Radio Coránica
Recitadores
Sobre nosotros
Desarrolladores
Actualizaciones de productos
Retroalimentación
Ayuda
Donar
Nuestros Proyectos
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Proyectos sin fines de lucro adquiridos, administrados o patrocinados por Quran.Foundation
Enlaces populares
Súplicas del Corán
Versículo del Corán del día
Ayatul Kursi
Yasin
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqiah
Al-Kahf
Al Muzzammil
Mapa del sitio webPrivacidadTérminos y condiciones
© 2026 Quran.com. Reservados todos los derechos
Contribuir