Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Qasas 28:81 فخسفنا به وبداره الارض فما كان له من فية ينصرونه من دون الله وما كان من المنتصرين ٨١

Ukurasa 395 · Juzuu 20

فَخَسَفۡنَا
بِهِۦ
وَبِدَارِهِ
ٱلۡأَرۡضَ
فَمَا
كَانَ
لَهُۥ
مِن
فِئَةٖ
يَنصُرُونَهُۥ
مِن
دُونِ
ٱللَّهِ
وَمَا
كَانَ
مِنَ
ٱلۡمُنتَصِرِينَ
٨١
Ni ho rero Twebwe Allah, Twafuririra Qaaruuni n’inyubakwa yiwe mu kuzimu maze amirwa n’isi, ntiyanaronse n’umwe mu ngabo, yomukingira ibihano vy’Imana Allah, eka ntiyari no mu barokoka muri nya bihano;
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

How Qarun and His Dwelling Place were swallowed up by the Earth

After telling us about Qarun's conceit and pride in his adornments, and how he was arrogant towards his people and transgressed against them, Allah then tells us how he and his dwelling place were swallowed up by the earth. This was also

…

How Qarun and His Dwelling Place were swallowed up by the Earth

After telling us about Qarun's conceit and pride in his adornments, and how he was arro

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

76. Mu vy’ukuri Qaaruuni, yari mu bantu ba Musa (nyakugira amahoro y’Imana Allah) araheza abishimako. Twebwe Allah, Twaranahaye Qaaruuni amatungo menshi, kugera n’aho impfunguruzo z’ububiko bwa nya matungo zaterurwa n’umugwi w’abagabo b’imirya. Igihe rero abantu ba Qaaruuni bamubwira bamuhanura bati: “Ntugire amanyama mu kwishimira amatungo yawe; mu vy’ukuri Imana Allah, ntikunda na gato abanyamanyama bishimira ivyo bafise, ha kuyishimira ku nema zayo; 77. Enda nyabuna rero, ronderera indishi zo mu buzima bw’inyuma yo gupfa, mu gutanga mu vyo Imana Allah Yaguhaye, kandi ntuzokwiyibagire mu kwibeshaho neza kw’isi ata gusesagura, uheze uhereze abantu imperezwa ku bugwaneza ata gashinyaguro, nka kurya Imana Allah Yakugiriye ubugwaneza mu kuguha amatungo menshi; kandi ntukagire ubwononyi kw’isi mu gutandukira ibizira no kwishima ku bantu, mu vy’ukuri Imana Allah, ntikunda na gato abagenzwa n’ubwononyi kw’isi”. 78. Qaaruuni n’ubwishime n’akantu yabishuye ati: “Ni ukuri aya matungo, nayahawe ku bumenyi n’ubukerebutsi mfise!”. Mbega Qaaruuni, ntiyamenye ko mu vy’ukuri Imana Allah Yahoneje hambere yiwe mu migwi y’abantu, abari bafise inguvu n’amatungo menshi kumurusha! Kandi burya abanyavyaha, ntibazobazwa ku vyaha vyabo kugira bishure ku vyo Imana Allah Itazi, ahubwo bazobazwa kugira bamaramare, bateterwe. 79. Ni ho rero Qaaruuni yasohoka ashajije imbere y’abantu biwe kugira babone ko ahambaye. Abagomba ibihendamaso vy’ubuzima bwo kw’isi bagize ngo baramubonye, baciye bavuga bati: “Ese icari kuduha amatungo n’icubahiro nk’ivyo Qaaruuni yahawe! Mu vy’ukuri Qaaruuni, yarahawe ibakwe ryo kuronka umugabane uhambaye mu vy’isi”. 80. Nayo abahawe ubumenyi bwo gutahura Imana Allah n’amabwirizwa yayo, barabishuye bavuga bati: “Murahumiwe! Burya indishi y’Imana Allah ku muntu yayemeye akemera n’Intumwa zayo, agakora n’ivyiza bitegetswe, ni yo nziza gusumba ivyahawe Qaaruuni. Nta n’abakira iyi mpanuro bagashobozwa kuyigendera, kiretse abihanganira kwumvira Imana Allah mu gushira mu ngiro amabwirizwa yayo”. 81. Ni ho rero Twebwe Allah, Twafuririra Qaaruuni n’inyubakwa yiwe mu kuzimu maze amirwa n’isi, ntiyanaronse n’umwe mu ngabo, yomukingira ibihano vy’Imana Allah, eka ntiyari no mu barokoka muri nya bihano; 82. Maze abipfuje kuba nka Qaaruuni bazinduka batekewe n’ubwoba n’akantu bavuga bati: “Ewe jewe wanje! Ni ukuri burya Imana Allah, Iha umusesekara w’ibibeshaho uwo Ishatse mu baja bayo, Ikanagerera uwo Ishatse muri bo. Iyo Imana Allah Itatugirira ubuntu, Yari kuduhanira hamwe na Qaaruuni ku vyo twavuze. Ewe jewe wanje! Ni ukuri, burya abagarariji ntibazoronka intsinzi namba yo gushika ku vyo bipfuza, haba mu buzima bwo kw’isi eka no mu bw’inyuma yo gupfa”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia