Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Qasas 28:61 افمن وعدناه وعدا حسنا فهو لاقيه كمن متعناه متاع الحياة الدنيا ثم هو يوم القيامة من المحضرين ٦١

Ukurasa 393 · Juzuu 20

أَفَمَن
وَعَدۡنَٰهُ
وَعۡدًا
حَسَنٗا
فَهُوَ
لَٰقِيهِ
كَمَن
مَّتَّعۡنَٰهُ
مَتَٰعَ
ٱلۡحَيَوٰةِ
ٱلدُّنۡيَا
ثُمَّ
هُوَ
يَوۡمَ
ٱلۡقِيَٰمَةِ
مِنَ
ٱلۡمُحۡضَرِينَ
٦١
Mbega none umuntu Twasezeraniye guha Ubwami bw’ijuru ku bugamburukiramana bwiwe, maze akazoronka ivyo Twamusezeraniye, ni nk’uwo Twahaye kuryoherwa gato mu buzima bwo kw’isi, maze akaryoherwa na nya buzima akabuhurumbira ha guhurumbira ubuzima bw’inyuma yo gupfa, hanyuma akazoshengezwa ku musi w’izuka, kugira aharurirwe ku vyo yakoze! Abo bantu babiri ntibashobora kunganya namba ubutore.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

This World is transient and the One Whose concern is this World is not equal to the One Whose concern is the Hereafter

Allah tells us about the insignificance of this world and its contemptible adornments which are nothing in comparison to the great and lasting delights which Allah prepared for His r

…

This World is transient and the One Whose concern is this World is not equal to the One Whose concern is the Hereafter

Allah tells us about the insigni

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

61. Mbega none umuntu Twasezeraniye guha Ubwami bw’ijuru ku bugamburukiramana bwiwe, maze akazoronka ivyo Twamusezeraniye, ni nk’uwo Twahaye kuryoherwa gato mu buzima bwo kw’isi, maze akaryoherwa na nya buzima akabuhurumbira ha guhurumbira ubuzima bw’inyuma yo gupfa, hanyuma akazoshengezwa ku musi w’izuka, kugira aharurirwe ku vyo yakoze! Abo bantu babiri ntibashobora kunganya namba ubutore. 62. Umusi rero Imana Allah Yahamagaye abayibangikanije Ikababwira Iti: “Bari hehe kuri uno musi abo mwambakinanije kw’isi, mwibaza ko Tungana?”. 63. Abararikira ubugarariji bamaze kwagirwa n’ibihano ku musi w’izuka, bazovuga bati: “Mana yacu Rurema Allah! Aba twahubishije, twabahubishije nk’uko na twe nyene twahuvye, turabiyamirije imbere yawe, mbere si twebwe bahora basenga, bahora basenga amashetani”. 64. Ababangikanyamana, ku musi w’izuka bazobwirwa bati: “Nimuhamagare rero abo mwahora mumbangikanya, mukabasenga mu gishingo canje Jewe Allah, baheze babakure mu bihano!”. Bazoheza rero babahamagare bananirwe kubitaba, maze imigwi yompi ibone ukuri kwamye ibihano biyirindiriye, iheze yicuze kubona itari mu bagororotsi kw’isi. 65. Umusi Imana Allah Yahamagaye ababangikanyamana Ikababwira Iti: “Mbega Intumwa Nabarungikiye mwazumviye gute!”. 66. Nta vyireguzo kuri uwo musi bazoronka, bazobura ayo bacira n’ayo bamira, ntibazonabazanya hagati yabo ngo baronke inyishu yobagirira akamaro. 67. Uwo wese rero yigaye mu babangikanyamana, agaheza akemera akanakora n’ibikorwa vyiza bitegetswe, azoba ari mu baronse intsinzi mu buzima bwo kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia