Iniciar sesión
Iniciar sesión
Iniciar sesión
Seleccionar idioma

Al-Qásas 28:58 وكم اهلكنا من قرية بطرت معيشتها فتلك مساكنهم لم تسكن من بعدهم الا قليلا وكنا نحن الوارثين ٥٨

Página 392 · Juz 20

وَكَمۡ
أَهۡلَكۡنَا
مِن
قَرۡيَةِۭ
بَطِرَتۡ
مَعِيشَتَهَاۖ
فَتِلۡكَ
مَسَٰكِنُهُمۡ
لَمۡ
تُسۡكَن
مِّنۢ
بَعۡدِهِمۡ
إِلَّا
قَلِيلٗاۖ
وَكُنَّا
نَحۡنُ
ٱلۡوَٰرِثِينَ
٥٨
Hari n’abantu benshi Twahoneje mu ducimbiri, igihe bahendwa no kuroranirwa mu buzima bwabo, bituma bagira amanyama mu kugarariza Intumwa; ng’iyo n’imihana yabo, nta n’umwe yashoboye kuyibamwo inyuma y’ihonywa ryabo, ku kubera ububi bw’ivyaha bahakoreye, kiretse akanya gato uwurengana ahamara, ni na Twebwe Allah rero Twatoranye nya mihana.
reading-goal:continue-reading

Leer q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Destruction of Towns, which are not destroyed until Evidence is established against Them

Referring to the people of Makkah, Allah says:

وَكَمْ أَهْلَكْنَا مِن قَرْيَةٍ بَطِرَتْ مَعِيشَتَهَا

(And how many a town have We destroyed, which was thankless for its means of livelihood!) They were arrogant

…

The Destruction of Towns, which are not destroyed until Evidence is established against Them

Referring to the people of Makkah, Allah says:

وَكَمْ أَهْل
…
Ver tafsirs

Leer related-content

56. Ntumwa y’Imana! Mu vy’ukuri wewe, ntushobora kurongora uwo ukunda ngo umushoboze kwemera; ariko Imana Allah, Irongora uwo Ishatse Igaheza Ikamushoboza kwemera, ni na Yo Izi neza na neza abagororotsi bakwiye gutumbera inzira y’ukwemera. 57. Abagarariji b’i Makka babwiye Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) bati: “Hamwe tworamuka dukurikiye ukuri watuzaniye tukavavanura n’ibangikanyamana, twokwicwa, tukagirwa imbohe, tukamburwa n’amatungo yacu!”. Mbega Twebwe Allah, ntitwabatsimbataje mu gisagara ca Makka gitekanye, kuko Twaziririje ko giseserwamwo amaraso, Turaheza Tubaronsa muri nya gisagara ivyamwa vy’ubwoko bwose, bizanwa bivuye mu yandi makungu! Ariko rero abenshi mu babangikanyamana, ntibazi akamaro k’izo nema ngo baheze bazishimire Imana Allah mu kuyumvira. 58. Hari n’abantu benshi Twahoneje mu ducimbiri, igihe bahendwa no kuroranirwa mu buzima bwabo, bituma bagira amanyama mu kugarariza Intumwa; ng’iyo n’imihana yabo, nta n’umwe yashoboye kuyibamwo inyuma y’ihonywa ryabo, ku kubera ububi bw’ivyaha bahakoreye, kiretse akanya gato uwurengana ahamara, ni na Twebwe Allah rero Twatoranye nya mihana. 59. Ntumwa y’Imana! Ntivyari gushika ko Imana yawe Rurema Allah, Ihonya uducimbiri dukikuje igisagara ca Makka, Itabanje kurungika muri ico gisagara Intumwa ibasomera Aayah zacu Twebwe Allah, kanatsinda ntitwigeze Duhonya uducimbiri, kiretse ko abatubamwo baba birenganije mu kugarariza, maze Imana Allah Ikabahanira ubugarariji bwabo. 60. Bantu! Ico cose muronswa mu bibondo n’amatungo, ni ico kuryoherwa gato mu buzima bwo kw’isi, ni n’igisharizo gusa muri nya buzima. Nayo ibitegekanirijwe abagamburukiramana biri ku Mana Allah, ni vyo vyiza gusumba kandi vyamaho. Mbega none, ntimwogarura akenge ngo mutahure ikibi n’iciza!

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Notas y Reflexiones.

reflection-not-available

Notes placeholders

Mantente conectado al Corán ❤️

Breves recordatorios significativos para reconectar, reflexionar y mantenerse conectado con el Corán.

Lea, escuche, busque y reflexione sobre el Corán

Quran.com es una plataforma confiable utilizada por millones de personas en todo el mundo para leer, buscar, escuchar y reflexionar sobre el Corán en varios idiomas. Ofrece traducciones, tafsir, recitaciones, traducción palabra por palabra y herramientas para un estudio más profundo, haciendo que el Corán sea accesible para todos.

Como Sadaqah Jariyah, Quran.com se dedica a ayudar a las personas a conectar profundamente con el Corán. Con el apoyo de Quran.Foundation , una organización sin fines de lucro 501(c)(3), Quran.com continúa creciendo como un recurso gratuito y valioso para todos, Alhamdulillah.

Navegar
Inicio
Radio Coránica
Recitadores
Sobre nosotros
Desarrolladores
Actualizaciones de productos
Retroalimentación
Ayuda
Donar
Nuestros Proyectos
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Proyectos sin fines de lucro adquiridos, administrados o patrocinados por Quran.Foundation
Enlaces populares
Súplicas del Corán
Versículo del Corán del día
Ayatul Kursi
Yasin
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqiah
Al-Kahf
Al Muzzammil
Mapa del sitio webPrivacidadTérminos y condiciones
© 2026 Quran.com. Reservados todos los derechos
Contribuir