Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Qasas 28:18 فاصبح في المدينة خايفا يترقب فاذا الذي استنصره بالامس يستصرخه قال له موسى انك لغوي مبين ١٨

Ukurasa 387 · Juzuu 20

فَأَصۡبَحَ
فِي
ٱلۡمَدِينَةِ
خَآئِفٗا
يَتَرَقَّبُ
فَإِذَا
ٱلَّذِي
ٱسۡتَنصَرَهُۥ
بِٱلۡأَمۡسِ
يَسۡتَصۡرِخُهُۥۚ
قَالَ
لَهُۥ
مُوسَىٰٓ
إِنَّكَ
لَغَوِيّٞ
مُّبِينٞ
١٨
Ni ho rero Musa yaguma mu gisagara ca Misiri afise ubwoba, agendereza kugira yumve inkuru z’ibivugwa ku rupfu rw’Umunyagiputa yaraye yishwe. Yahavuye arenguka kuri wa muntu yamwiyambaza ubuheze, ariko ararwana n’uwundi Munyagiputa, amuhamagara ngo amutabare kandi. Musa n’ishavu n’akantu aca amubwira ati: “Mu vy’ukuri, ni ukuri wewe uri umusomborotsi n’inkwezi y’amabi yeruye”;
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

How the Secret of this Killing became known

Allah tells us that when Musa killed that Coptic,

فِى الْمَدِينَةِ خَآئِفاً

(he became afraid in the city) meaning, of the consequences of his action,

يَتَرَقَّبُ

(looking about) means, turning around and watching out, waiting for the consequences of his action

…

How the Secret of this Killing became known

Allah tells us that when Musa killed that Coptic,

فِى الْمَدِينَةِ خَآئِفاً

(he became afraid in the city) me

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

14. Musa rero amaze kugera mu bigero akaba umugabo abushitse, Twaramuhaye gutomora ingingo, Tumwigisha n’ubumenyi. Ni nk’uko nyene rero Twebwe Allah - Twahemvye Musa ku bugwaneza bwiwe - Duhemba abagwaneza. 15. Musa yarinjiye mu gisagara ca Misiri yinyegeje mu gihe abantu b’aho bari basamaye, ahasanga abagabo babiri bariko bararwana; umwe muri bo yakomoka mu bantu biwe, Abene Israyeli, uwundi na we yakomoka mu bantu ba Firawuni, Abanyagiputa. Maze uwukomoka mu bantu biwe aramwiyambaza ngo amutabare, Musa araheza akubita igipfunsi wa Munyagiputa, aca ararambarara. Musa aca avuga yinegura ati: “Iki gikorwa giturutse ku nyoshambi za shetani zatumye ntwarwa n’agashavu nkamukubita agaca apfa. Mu vy’ukuri shetani, ni umwansi agaragara wa mwene Adamu, ihubisha inzira igororotse”. 16. Musa yaciye avuga yigaya ati: “Mana yanje Rurema Allah! Mu vy’ukuri, nirenganije ku kwica umuntu ku karenganyo, ndagusavye rero ko Wongumiriza akabanga Ukambabarira iki caha”. Ni ho Imana Allah Yaca Imubabarira nya caha. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Yo Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo. 17. Musa yavuze ati: “Mana yanje Rurema Allah! Kubera inema nyinshi Wampaye harimwo n’inema yo kunyumvira ku kwigaya kwanje, sindota nifadikanya n’umwe mu banyavyaha mu guca kubiri n’amabwirizwa yawe”. 18. Ni ho rero Musa yaguma mu gisagara ca Misiri afise ubwoba, agendereza kugira yumve inkuru z’ibivugwa ku rupfu rw’Umunyagiputa yaraye yishwe. Yahavuye arenguka kuri wa muntu yamwiyambaza ubuheze, ariko ararwana n’uwundi Munyagiputa, amuhamagara ngo amutabare kandi. Musa n’ishavu n’akantu aca amubwira ati: “Mu vy’ukuri, ni ukuri wewe uri umusomborotsi n’inkwezi y’amabi yeruye”; 19. Musa agize ngo abanguye igipfunsi akubite wa Munyagiputa, wa muntu n’ubwoba n’akantu aca avuga ati: “Ewe Musa! Aho nyene ushaka kunyica nk’uko wishe umuntu ejo! Ntushaka kuba kiretse intagondwa kw’isi, kanatsinda ntunashaka kuba mu bantu banywanisha, bagatunganiriza abandi”. 20. Ni ho rero haza umuntu aje atazambaye, avuye hirya y’igisagara ca Misiri, araheza aburira Musa ati: “Ewe Musa! Uzi n’inkuru, burya abunganizi ba Firawuni bari mu nama rukokoma bajenama ukuntu bokwica; enda nyabuna rero, va muri iki gisagara uhunge, mu vy’ukuri jewe ndi mu bagufitiye impuhwe, uri uwo mpanura wohunga hakiri kare”. 21. Musa aca ava muri nya gisagara atekewe n’ubwoba, arahunga agenda yeraguza irya n’ino, atinya gufatwa, araheza asaba Imana Allah avuga ati: “Mana yanje Rurema Allah! Ndagusavye Unkure mu minwe y’abantu birenganije”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia