Entrar
Entrar
Entrar
Selecione o idioma

Al-Qamar 54:52 وكل شيء فعلوه في الزبر ٥٢

Página 531 · Juz 27

وَكُلُّ
شَيۡءٖ
فَعَلُوهُ
فِي
ٱلزُّبُرِ
٥٢
N’ivyo bagize vyose rero; vyaba ivyiza canke ibibi, biranditswe mu bitabu vy’abamalayika bajejwe kwandika ibikorwa vy’ibiremwa;
Continue lendo

Leia Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Destination of the Criminals

Allah the Exalted states that the criminals are misguided away from the truth and engulfed in confusion, because of the doubts and uncertainty they are in. This description befits every disbeliever and innovator of all types and forms of sects. Allah the Exalted said,

…

The Destination of the Criminals

Allah the Exalted states that the criminals are misguided away from the truth and engulfed in confusion, because of th

…
Visualizar Tafsirs

Leia no contexto

41. Ni ukuri abantu ba Firawuni, barashikiriwe na Aayah n’ivyemezo bibagabisha ku bihano vyacu; 42. Baraheza barahakana bivuye inyuma Aayah n’ivyemezo vyacu vyose vyerekana ko hari Imana Imwe Rudende Allah, bikerekana n’ukuri kw’Intumwa zacu, Duca Turabafata Turabahana uguhana kwa Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Mushoboravyose. 43. Bakorayishi! Abagarariji muri mwebwe, ni bo ntore rero gusumba abo Duhejeje kubiganira Twahoneje kubera ubugarariji bwabo! Canke mwoba mufise ubudahangarwa bwo kudahanwa n’Imana Allah bwanditswe mu Bitabu Yamanuye! 44. Ahubwo rero, burya abagarariji b’i Makka, boba bihenda bakavuga bati: “Twebwe twese hamwe turamutse tugize urunani, turashobora gutsinda uwudushakira inabi tukamunesha!”. 45. Bose hamwe mu runani rwabo, bazotsindwa baneshwe n’abemeramana, maze batungwe n’ayo bameze. 46. Mbere isango ryabo ryo guhanirwako, ni ku musi w’izuka; kandi ku musi w’izuka ryabo, bazohanwa bahashwe, maze bahabonere ayo imbwa yaboneye ku mugezi. 47. Mu vy’ukuri, abanyavyaha barenga ku mabwirizwa y’Imana Allah, bazoba bari mu muzimagiza uri kure cane y’ukuri no mu magorwa y’ibihano; 48. Umusi babururiwe mu muriro bubitse inda, maze bakabwirwa bati: “Nimuhonje rero ibihano bikaze vy’umuriro wa Jahannamu ubabura”. 49. Mu vy’ukuri Twebwe Allah, ikintu cose Twakiremye ku rugero rwagezwe kandi ruzwi mu Gitabu nyezina canditswemwo ivyagezwe n’ishirwa mu ngiro ryavyo “Lawhu Mahfuudhw”. 50. Twebwe Allah, nta tegeko ryacu Duha ikintu ico ari co cose Dushatse ko kiba, kiretse ko Tukibwira ijambo rimwe gusa Duti: “Ba”, kigaca kiba ubwo nyene mu kanya isase nk’ikoma ry’urugohe. 51. Bagarariji! Ni ukuri, Twarahoneje mu bantu bo hambere, abari bateye nkamwe mu bugarariji. Mbega none, hoba hari uwibuka ukuntu bahonejwe ngo yikebuke! 52. N’ivyo bagize vyose rero; vyaba ivyiza canke ibibi, biranditswe mu bitabu vy’abamalayika bajejwe kwandika ibikorwa vy’ibiremwa; 53. N’ico ari co cose bikoze; caba gito canke kinini, kiranditswe, kandi bizogihemberwa. 54. Mu vy’ukuri abagamburukiramana, bazoba bari mu mirima itotahaye yo mu Bwami bw’ijuru, irimwo n’inzuzi zitemba; 55. Bari mu cicaro c’ukuri kitigera kiyagirwamwo ibintu vy’imburakimazi, bari ku Mana Allah, Mwamiwabami, Rushoboravyose.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Continue lendo

Anotações e reflexões

Você não tem anotações ou reflexões sobre este versículo.

Notes placeholders

Mantenha-se conectado ao Alcorão ❤️

Breves lembretes significativos para recomeçar, refletir e manter a conexão com o Alcorão.

Leia, ouça, pesquise e reflita sobre o Quran

Quran.com é uma plataforma confiável usada por milhões de pessoas em todo o mundo para ler, pesquisar, ouvir e refletir sobre o Alcorão em vários idiomas. Ela oferece traduções, tafsir, recitações, tradução palavra por palavra e ferramentas para um estudo mais aprofundado, tornando o Alcorão acessível a todos.

Como uma Sadaqah Jariyah, o Quran.com se dedica a ajudar as pessoas a se conectarem profundamente com o Alcorão. Apoiado pela Quran.Foundation , uma organização sem fins lucrativos 501(c)(3), o Quran.com continua a crescer como um recurso gratuito e valioso para todos, Alhamdulillah.

Navegar
Casa
Rádio Quran
Recitadores
Sobre nós
Desenvolvedores
Atualizações de produtos
Comentários
Ajuda
Doar
Nossos Projetos
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Projetos sem fins lucrativos de propriedade, administrados ou patrocinados pela Quran.Foundation
Links populares
Duas do Alcorão
Versículo do Alcorão do dia
Ayatul Kursi
Surah Yaseen
Surah Al Mulk
Surah Ar-Rahman
Surah Al Waqi'ah
Surah Al Kahf
Surah Al Muzzammil
Mapa do sitePrivacidadeTermos e Condições
© 2026 Quran.com. Todos os direitos reservados
Contribuir