Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Mursalat 77:22 الى قدر معلوم ٢٢

Ukurasa 581 · Juzuu 29

إِلَىٰ
قَدَرٖ
مَّعۡلُومٖ
٢٢
Gushika ku kiringo categekanijwe kizwi n’Imana Allah;
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Call to contemplate the various Manifestations of Allah's Power

Allah says,

أَلَمْ نُهْلِكِ الاٌّوَّلِينَ

(Did We not destroy the ancients?) meaning, those who rejected the Messengers and opposed what they came to them with.

ثُمَّ نُتْبِعُهُمُ ٱلَْٔاخِرِينَ

(So shall We make later generations to

…

The Call to contemplate the various Manifestations of Allah's Power

Allah says,

أَلَمْ نُهْلِكِ الاٌّوَّلِينَ

(Did We not destroy the ancients?) meani

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

16. Mbega, ntitwahoneje abahakanyi b’aho hambere ku kubera igarariza ryabo ry’Intumwa! 17. Hanyuma Tubakurikiza abandi bakurikiye mu nyuma, bakagarariza nkabo! 18. Ni nk’ukwo nyene rero Twebwe Allah, Tuzogira inkozi z’ikibi mu babangikanyamana b’i Makka bahakanye Intumwa y’Imana (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah). 19. Ibihano nya bihano kuri uwo musi, ni ivy’abahakana bivuye inyuma Imana Imwe Rudende Allah, Intumwa zayo, izuka ry’ibiremwa n’iharurirwa ryavyo. 20. Mbega babangikanyamana! Twebwe Allah, ntitwabaremye mu mazi y’intanga agayitse! 21. Hanyuma Tuyashira mu gitereko gikingiwe c’umugore! 22. Gushika ku kiringo categekanijwe kizwi n’Imana Allah; 23. Turaheza Tuyatunganyamwo ikiremwa-muntu gikwiye. Emwe! Ni Twebwe Allah, Abeza bo gutunganya indemo kurusha. 24. Ibihano nya bihano kuri uwo musi, ni ivy’abahakana bivuye inyuma ubushobozi bw’Imana Allah bwo kurema no kuzura abapfuye.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia