Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Mumtahinah 60:13 يا ايها الذين امنوا لا تتولوا قوما غضب الله عليهم قد ييسوا من الاخرة كما ييس الكفار من اصحاب القبور ١٣

Ukurasa 551 · Juzuu 28

يَٰٓأَيُّهَا
ٱلَّذِينَ
ءَامَنُواْ
لَا
تَتَوَلَّوۡاْ
قَوۡمًا
غَضِبَ
ٱللَّهُ
عَلَيۡهِمۡ
قَدۡ
يَئِسُواْ
مِنَ
ٱلۡأٓخِرَةِ
كَمَا
يَئِسَ
ٱلۡكُفَّارُ
مِنۡ
أَصۡحَٰبِ
ٱلۡقُبُورِ
١٣
Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Ntimuzogire abantu bashavuriwe n’Imana Allah, ba somambike, na kare baramaze kwihebura ko ata neza baziga mu buzima bw’inyuma yo gupfa; nk’uko abagarariji bihebuye ko abantu babo bari mu mva batazozuka, kuko batemera izuka ry’ibiremwa.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

عَسَى اللَّهُ أَن يَجْعَلَ بَيْنَكُمْ وَبَيْنَ الَّذِينَ عَادَيْتُم مِّنْهُم مَّوَدَّةً وَاللَّهُ قَدِيرٌ وَاللَّهُ غَفُورٌ رَّحِيمٌ - لاَّ يَنْهَكُمُ اللَّهُ عَنِ الَّذِينَ لَمْ يُقَتِلُوكُمْ فِى الدِّينِ وَلَمْ يُخْرِجُوكُمْ مِّن دِيَرِكُمْ أَن تَبَرُّوهُمْ وَتُقْسِطُواْ إِلَيْهِمْ إِنَّ اللَّهَ ي

…

عَسَى اللَّهُ أَن يَجْعَلَ بَيْنَكُمْ وَبَيْنَ الَّذِينَ عَادَيْتُم مِّنْهُم مَّوَدَّةً وَاللَّهُ قَدِيرٌ وَاللَّهُ غَفُورٌ رَّحِيمٌ - لاَّ يَنْهَكُمُ

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

10. Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Abemeramanakazi nibaza babagana bahungiye i Madina, murabanza mubagerageze, kugira mumenye neza ko bemera vy’ukuri. Imana Allah, ni Yo Izi ukwemera kwabo kurusha. Nimwamenya neza na neza rero ko ari abemeramanakazi, ntimuze muhirahire ngo mubasubize ku bagarariji bubakanye, kuko bo ntibarekuriwe kwubakana n’abagarariji, kandi n’abo bagarariji nyene ntibarekuriwe kwabira abemeramanakazi. Muraheza rero musubize inkwano abahoze ari abagabo babo. Nta kibi kandi ko mwokwabira abo bakenyezi mu gihe mwobaha inkwano zabo. Ntimwihambirire ku masezerano yo kwabirana n’abakenyezi bagararije bagata idini, muraheza rero musabe inkwano zanyu, na bo nyene baraheza basabe inkwano z’abakenyezi babo binjiye mu bwislamu. Ukwo gusubizwa inkwano, ni ingingo y’Imana Allah Itegetse ko yubahirizwa hagati yanyu. Burya Imana Allah, ni Nyenubumenyikurivyose, Intungane mu vyo Ikora. 11. Nihagira uwubacika mu bakenyezi banyu bemera agata idini, agashoka ahungira mu bagarariji, ntimuheze ngo musubizwe inkwano, maze mukaronka iminyago mumaze gutsinda ku rugamba, muraca muronsa abagabo babo ibingana n’inkwano batanze, muheze mutinye Imana Allah, muyigamburukire, Yo mwebwe mwemera. 12. Ewe Muvugishwamana! Abemeramanakazi, nibaza bagutumbera bashaka kwiyemeza imbere yawe ko batazobangikanya Imana Allah, batazokwiba, batazorenga ibigo, batazokwica abana babo ku gutinya ubukene canke guteterwa, batazovuga ikinyoma mu kwomekera abana ku bagabo babo mu gihe atari ba se babavyara, batazoca kubiri n’ivyo ubabwirije, uraheza rero ubemerere isezerano ryabo, maze ubasabire imbabazi ku Mana Allah. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo. 13. Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Ntimuzogire abantu bashavuriwe n’Imana Allah, ba somambike, na kare baramaze kwihebura ko ata neza baziga mu buzima bw’inyuma yo gupfa; nk’uko abagarariji bihebuye ko abantu babo bari mu mva batazozuka, kuko batemera izuka ry’ibiremwa.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia