Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Maidah 5:99 ما على الرسول الا البلاغ والله يعلم ما تبدون وما تكتمون ٩٩

Ukurasa 124 · Juzuu 7

مَّا
عَلَى
ٱلرَّسُولِ
إِلَّا
ٱلۡبَلَٰغُۗ
وَٱللَّهُ
يَعۡلَمُ
مَا
تُبۡدُونَ
وَمَا
تَكۡتُمُونَ
٩٩
Nta co Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) ijejwe gukora, kiretse ugushikiriza gusa ubutumwa, nayo Imana Allah Irazi neza ivyo muserura mu bikorwa n’amajambo, hamwe rero n’ubugororotsi canke ubuhuvyi muhisha mu mishaha yanyu.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Water Game is Allowed for the Muhrim

Sa`id bin Al-Musayyib, Sa`id bin Jubayr and others commented on Allah's statement;

أُحِلَّ لَكُمْ صَيْدُ الْبَحْرِ

(Lawful to you is (the pursuit of) water game...) that it means, what one eats fresh from it, while,

وَطَعَامُهُ

(And its use for food) what is eaten dry

…

Water Game is Allowed for the Muhrim

Sa`id bin Al-Musayyib, Sa`id bin Jubayr and others commented on Allah's statement;

أُحِلَّ لَكُمْ صَيْدُ الْبَحْرِ

(

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

97. Al-ka’ba, Imana Allah Yayigize ingoro ntagatifu kugira abantu bubahirize ukwemera kwabo mw’iteka n’itekane, Inaziririza gusotorana no kurwana mu mezi matagatifu, kwiha na kimwe ku mbagwa hamwe no kwihagira imbagwa mu bitungwa vyagenewe abakene basanzwe bacumbitse i Makka. Izo ngingo zafashwe kugira mumenye neza mu vy’ukuri, ko Imana Allah Izi bikwiye ibiri mu majuru no mw’isi vyose, n’uko mu vy’ukuri Imana Allah ari Nyenubumenyikurivyose. 98. Bantu! Nimumenye ko Imana Allah Ihana Igahasha ibigaba, n’uko Imana Allah ari Nyenimbabazi-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo. 99. Nta co Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) ijejwe gukora, kiretse ugushikiriza gusa ubutumwa, nayo Imana Allah Irazi neza ivyo muserura mu bikorwa n’amajambo, hamwe rero n’ubugororotsi canke ubuhuvyi muhisha mu mishaha yanyu. 100. Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Muntu! Ikibi ntikingana n’iciza mu ndishi, n’aho wotangazwa n’ubwinshi bw’ibibi n’ababikora.” Emwe banyabwenge! Nimutinye rero Imana Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo kugira muronke intsinzi ihambaye y’Ubwami bw’ijuru!

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia