Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Maidah 5:82 ۞ لتجدن اشد الناس عداوة للذين امنوا اليهود والذين اشركوا ولتجدن اقربهم مودة للذين امنوا الذين قالوا انا نصارى ذالك بان منهم قسيسين ورهبانا وانهم لا يستكبرون ٨٢

Ukurasa 121 · Juzuu 7

۞ لَتَجِدَنَّ
أَشَدَّ
ٱلنَّاسِ
عَدَٰوَةٗ
لِّلَّذِينَ
ءَامَنُواْ
ٱلۡيَهُودَ
وَٱلَّذِينَ
أَشۡرَكُواْۖ
وَلَتَجِدَنَّ
أَقۡرَبَهُم
مَّوَدَّةٗ
لِّلَّذِينَ
ءَامَنُواْ
ٱلَّذِينَ
قَالُوٓاْ
إِنَّا
نَصَٰرَىٰۚ
ذَٰلِكَ
بِأَنَّ
مِنۡهُمۡ
قِسِّيسِينَ
وَرُهۡبَانٗا
وَأَنَّهُمۡ
لَا
يَسۡتَكۡبِرُونَ
٨٢
Ntumwa y’Imana! Ni ukuri uzosanga abantu barangwa n’urwanko gusumba abandi ku bemeramana bagukurikiye, ari abayahudi babasharika hamwe rero n’ababangikanyamana, kandi ni ukuri uzosanga abarangwa n’urukundo rwa hafi muri bo ku bemeramana bagukurikiye, ari abavuze bati: “Twebwe mu vy’ukuri, turi abanaswara”. Ivyo bigaterwa n’uko muri bo, harimwo abamenyi b’indongozi n’abiyeguriye amasengesho; bikanaterwa kandi n’uko bicisha bugufi bakakira ukuri1;
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Reason Behind Revealing these Ayat

Sa`id bin Jubayr, As-Suddi and others said that these Ayat were revealed concerning a delegation that An-Najashi (King of Ethiopia) sent to the Prophet in order to hear his words and observe his qualities. When the delegation met with the Prophet and he recited

…

The Reason Behind Revealing these Ayat

Sa`id bin Jubayr, As-Suddi and others said that these Ayat were revealed concerning a delegation that An-Najashi

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

78. Abagararije rero muri Bene Israyeli baramaze kuvumwa n’Imana Allah muri Zaburi yamanuriwe Intumwa Dawudi (nyakugira amahoro y’Imana Allah), no mu Njili yamanuriwe Intumwa Isa mwene Mariyamu (nyakugira amahoro y’Imana Allah). Iryo vumwa ryatewe n’ubugaba bwabo bwo kutumvira Imana Allah, baranarenga no ku mabwirizwa yayo; 79. Bakora ivyaha izuba riva, ntibabuzanya na gato kubikora. Ni ukuri ivyo bakora ni bibi cane; 80. Ntumwa y’Imana! Uzobona rero abenshi mu bayahudi bagira abagararije abagenzi somambike bacuditse. Ni ukuri, ivyo bakoze ni bibi cane kuko vyatumye Imana Allah Ibashavurira, bituma baja no mu muriro bazobamwo ibihe bidahera; 81. Iyo baba bemera Imana Allah n’Umuvugishwamana wayo Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), bakemera n’ivyo yamumanuriye muri Qor’ani, ntibari kugira abagararije abagenzi somambike bacuditse, ariko rero abenshi muri bo, ni ibigaba birenga ku mabwirizwa y’Imana Allah. 82. Ntumwa y’Imana! Ni ukuri uzosanga abantu barangwa n’urwanko gusumba abandi ku bemeramana bagukurikiye, ari abayahudi babasharika hamwe rero n’ababangikanyamana, kandi ni ukuri uzosanga abarangwa n’urukundo rwa hafi muri bo ku bemeramana bagukurikiye, ari abavuze bati: “Twebwe mu vy’ukuri, turi abanaswara”. Ivyo bigaterwa n’uko muri bo, harimwo abamenyi b’indongozi n’abiyeguriye amasengesho; bikanaterwa kandi n’uko bicisha bugufi bakakira ukuri;

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia