Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Maidah 5:68 قل يا اهل الكتاب لستم على شيء حتى تقيموا التوراة والانجيل وما انزل اليكم من ربكم وليزيدن كثيرا منهم ما انزل اليك من ربك طغيانا وكفرا فلا تاس على القوم الكافرين ٦٨

Ukurasa 119 · Juzuu 6

قُلۡ
يَٰٓأَهۡلَ
ٱلۡكِتَٰبِ
لَسۡتُمۡ
عَلَىٰ
شَيۡءٍ
حَتَّىٰ
تُقِيمُواْ
ٱلتَّوۡرَىٰةَ
وَٱلۡإِنجِيلَ
وَمَآ
أُنزِلَ
إِلَيۡكُم
مِّن
رَّبِّكُمۡۗ
وَلَيَزِيدَنَّ
كَثِيرٗا
مِّنۡهُم
مَّآ
أُنزِلَ
إِلَيۡكَ
مِن
رَّبِّكَ
طُغۡيَٰنٗا
وَكُفۡرٗاۖ
فَلَا
تَأۡسَ
عَلَى
ٱلۡقَوۡمِ
ٱلۡكَٰفِرِينَ
٦٨
Ntumwa y’Imana! Bwira abayahudi n’abanaswara uti: “Emwe bahawe Igitabu! Nta na kimwe mwimariye mw’idini, mu gihe mutarubahiriza ibiri muri Tawurati no mu Njili, hamwe rero n’ivyo mwamanuriwe n’Imana yanyu Rurema Allah biri muri Qor’ani”. Ntumwa y’Imana! Ni ukuri ukwihambaza no kugarariza bizokwiyongera kuri benshi muri bo, bitewe n’ishari n’inzigo bagufitiye ku kuba wahawe ubutumwa n’Imana yawe Rurema Allah, gutyo ukagaragaza ingeso zabo mbi. Ntukicwe n’intuntu rero kw’igarariza ry’abantu b’ababahakanyi.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

There is no Salvation Except through Faith in the Qur'an

Allah says: O Muhammad, say,

يَأَهْلَ الْكِتَبِ لَسْتُمْ عَلَى شَىْءٍ

(O People of the Scripture! You have nothing...) meaning no real religion until you adhere to and implement the Tawrah and the Injil. That is, until you believe in all the Book

…

There is no Salvation Except through Faith in the Qur'an

Allah says: O Muhammad, say,

يَأَهْلَ الْكِتَبِ لَسْتُمْ عَلَى شَىْءٍ

(O People of the Scripture

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

67. Ewe Ntumwa y’Imana! Shikiriza ivyo wamanuriwe n’Imana yawe Rurema Allah. Niwahirahira ngo ureke gushikiriza bimwe muri vyo, ntuzoba washikirije bikwiye ubutumwa warungikanwe n’Imana Allah. Imana Allah na Yo Izoheza Igukingire abansi bawe mu bantu, shishikara rero ushikiriza ubutumwa ata co winona. Mu vy’ukuri, Imana Allah ntishoboza abantu b’abagarariji gutumbera inzira igororotse. 68. Ntumwa y’Imana! Bwira abayahudi n’abanaswara uti: “Emwe bahawe Igitabu! Nta na kimwe mwimariye mw’idini, mu gihe mutarubahiriza ibiri muri Tawurati no mu Njili, hamwe rero n’ivyo mwamanuriwe n’Imana yanyu Rurema Allah biri muri Qor’ani”. Ntumwa y’Imana! Ni ukuri ukwihambaza no kugarariza bizokwiyongera kuri benshi muri bo, bitewe n’ishari n’inzigo bagufitiye ku kuba wahawe ubutumwa n’Imana yawe Rurema Allah, gutyo ukagaragaza ingeso zabo mbi. Ntukicwe n’intuntu rero kw’igarariza ry’abantu b’ababahakanyi. 69. Mu vy’ukuri, abemeye Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) bakayikurikira, abayahudi, abatsimbataye kuri kameremere kabo batagira idini nyezina, hamwe rero n’abanaswara, abazokwemera vy’ukuri muri bo Imana Imwe Rudende Allah, Intumwa yayo Muhamadi n’umusi w’imperuka, bakanakora n’ibikorwa vyiza bitegetswe, abo rero bazosanga indishi yabo ku Mana yabo Rurema Allah, kandi nta bwoba kuri bo bwo guhanwa, eka mbere bobo ntibazokwicwa n’intuntu ku vyo basize kw’isi.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia