Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Maidah 5:48 وانزلنا اليك الكتاب بالحق مصدقا لما بين يديه من الكتاب ومهيمنا عليه فاحكم بينهم بما انزل الله ولا تتبع اهواءهم عما جاءك من الحق لكل جعلنا منكم شرعة ومنهاجا ولو شاء الله لجعلكم امة واحدة ولاكن ليبلوكم في ما اتاكم فاستبقوا الخيرات الى الله مرجعكم جميعا فينبيكم بما كنتم فيه تختلفون ٤٨

Ukurasa 116 · Juzuu 6

وَأَنزَلۡنَآ
إِلَيۡكَ
ٱلۡكِتَٰبَ
بِٱلۡحَقِّ
مُصَدِّقٗا
لِّمَا
بَيۡنَ
يَدَيۡهِ
مِنَ
ٱلۡكِتَٰبِ
وَمُهَيۡمِنًا
عَلَيۡهِۖ
فَٱحۡكُم
بَيۡنَهُم
بِمَآ
أَنزَلَ
ٱللَّهُۖ
وَلَا
تَتَّبِعۡ
أَهۡوَآءَهُمۡ
عَمَّا
جَآءَكَ
مِنَ
ٱلۡحَقِّۚ
لِكُلّٖ
جَعَلۡنَا
مِنكُمۡ
شِرۡعَةٗ
وَمِنۡهَاجٗاۚ
وَلَوۡ
شَآءَ
ٱللَّهُ
لَجَعَلَكُمۡ
أُمَّةٗ
وَٰحِدَةٗ
وَلَٰكِن
لِّيَبۡلُوَكُمۡ
فِي
مَآ
ءَاتَىٰكُمۡۖ
فَٱسۡتَبِقُواْ
ٱلۡخَيۡرَٰتِۚ
إِلَى
ٱللَّهِ
مَرۡجِعُكُمۡ
جَمِيعٗا
فَيُنَبِّئُكُم
بِمَا
كُنتُمۡ
فِيهِ
تَخۡتَلِفُونَ
٤٨
Ntumwa y’Imana! Twaranakumanuriye Igitabu ca Qor’ani kirimwo ukuri, gishimangira n’ukuri kuri mu Bitabu vy’aho hambere yaco, kigaheza kikabiganza mu gutomora ukuri kuri muri vyo, hamwe n’ivyahindaguwe n’abantu, kikanasubiriza rero n’ivyahanaguwe. Kubera ivyo rero, tunganiriza abakwituye mu bayahudi mu kubacira imanza wisunze ivyo wamanuriwe n’Imana Allah muri Qor’ani, ntukanakurikire ivyipfuzo vyabo vyotuma utirigana ku kuri kwagushikiriye, burya umugwi wose mu bantu Twarungikiye Intumwa muri mwebwe, Twawuhaye ingingo zitomoye n’ivyo wokwisunga mu kuntu ubayeho. Iyo rero Imana Allah Ishaka, Yari kubaha ingingo zimwe mwisunga mwese, ariko rero izo ngingo Yarazitandukanije kugira Ibagerageze, maze hamenyekane - mu vyo Isanzwe Izi - ko mwubahiriza ivyo Yabahaye, gutyo hagaragare uwuyumvira n’ikigaba. Kubera ivyo rero, nimurushanwe mu guhurumbira gukora ivyiza biri muri Qor’ani, bizobagirira akamaro kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa. Ni ku Mana Allah rero muzosubizwa mwese, Iheze Ibabwire ivyo mwahora muhazanako mw’idini, Inahembere umwe wese ico yakoze.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Praising the Qur'an; the Command to Refer to the Qur'an for Judgment

Allah mentioned the Tawrah that He sent down to His Prophet Musa, the one whom He spoke directly to, praising it, commanding that it should be implemented, before it was abrogated. Allah then mentioned the Injil, praised it and comm

…

Praising the Qur'an; the Command to Refer to the Qur'an for Judgment

Allah mentioned the Tawrah that He sent down to His Prophet Musa, the one whom He

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

48. Ntumwa y’Imana! Twaranakumanuriye Igitabu ca Qor’ani kirimwo ukuri, gishimangira n’ukuri kuri mu Bitabu vy’aho hambere yaco, kigaheza kikabiganza mu gutomora ukuri kuri muri vyo, hamwe n’ivyahindaguwe n’abantu, kikanasubiriza rero n’ivyahanaguwe. Kubera ivyo rero, tunganiriza abakwituye mu bayahudi mu kubacira imanza wisunze ivyo wamanuriwe n’Imana Allah muri Qor’ani, ntukanakurikire ivyipfuzo vyabo vyotuma utirigana ku kuri kwagushikiriye, burya umugwi wose mu bantu Twarungikiye Intumwa muri mwebwe, Twawuhaye ingingo zitomoye n’ivyo wokwisunga mu kuntu ubayeho. Iyo rero Imana Allah Ishaka, Yari kubaha ingingo zimwe mwisunga mwese, ariko rero izo ngingo Yarazitandukanije kugira Ibagerageze, maze hamenyekane - mu vyo Isanzwe Izi - ko mwubahiriza ivyo Yabahaye, gutyo hagaragare uwuyumvira n’ikigaba. Kubera ivyo rero, nimurushanwe mu guhurumbira gukora ivyiza biri muri Qor’ani, bizobagirira akamaro kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa. Ni ku Mana Allah rero muzosubizwa mwese, Iheze Ibabwire ivyo mwahora muhazanako mw’idini, Inahembere umwe wese ico yakoze. 49. Ntumwa y’Imana! Tunganiriza abayahudi wisunze ivyo wamanuriwe n’Imana Allah muri Qor’ani, ntukanakurikire ivyipfuzo vy’abakwituye vyotuma utirigana ku kuri, kandi wiyubare ko bohava bakubera intambamyi y’ukutubahiriza ivyo wamanuriwe n’Imana Allah. Nibagenza umugongo bakirengagiza ingingo wabashikirije, uramenya ko Imana Allah Ishaka kubahubisha ku kubera ivyaha vyabo, kandi rero mu vy’ukuri abenshi mu bantu, ni ibigaba birenga ku mabwirizwa y’Imana Allah. 50. Mbega none abo bayahudi bashaka ko ubatunganiriza wisunze ingingo zubahirizwa n’ababangikanyamana! Eka ntibikabe! Mbega ni nde mwiza w’intungane yoza asumba Imana Allah mu gufata ingingo y’ukuri, ku bantu bazi neza ko ingingo y’Imana Allah ari yo y’ukuri!

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia