Mana Allah! Uramutse ubahaniye ivyo bakoze, bo mu vy’ukuri ni abaja bawe, Urabafiseko uburenganzira; Ubagumirije akabanga ku vyaha vyabo naho, maze ku mpuhwe zawe Ukareka kubihanira uwigaye muri bo, Wewe mu vy’ukuri ni We Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Intungane mu vyo Ukora”.