Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Kahf 18:18 وتحسبهم ايقاظا وهم رقود ونقلبهم ذات اليمين وذات الشمال وكلبهم باسط ذراعيه بالوصيد لو اطلعت عليهم لوليت منهم فرارا ولمليت منهم رعبا ١٨

Ukurasa 295 · Juzuu 15

وَتَحۡسَبُهُمۡ
أَيۡقَاظٗا
وَهُمۡ
رُقُودٞۚ
وَنُقَلِّبُهُمۡ
ذَاتَ
ٱلۡيَمِينِ
وَذَاتَ
ٱلشِّمَالِۖ
وَكَلۡبُهُم
بَٰسِطٞ
ذِرَاعَيۡهِ
بِٱلۡوَصِيدِۚ
لَوِ
ٱطَّلَعۡتَ
عَلَيۡهِمۡ
لَوَلَّيۡتَ
مِنۡهُمۡ
فِرَارٗا
وَلَمُلِئۡتَ
مِنۡهُمۡ
رُعۡبٗا
١٨
Ubonye rero ukuntu benisenga bari bameze, wokwibajije ko bakanura kandi basinziriye. Twebwe Allah, Twaguma Tubahindukiza ku rubavu rw’iburyo n’urw’ibubamfu, kugira ibihimba vyabo ntibibore ngo biribwe n’umuswa. Imbwa yabo bari kumwe, yari irambije ku bwinjiriro bwa nya senga nk’aho yoba ibacungereye. Uturukiriye aho bari, ubabonye wari gutungwa n’ayo wameze, wari no kwicwa n’ubwoba budasanzwe.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Their Sleep in the Cave

Some of the scholars mentioned that when Allah caused them to sleep, their eyelids did not close, lest disintegration took hold of them. If their eyes remained open to the air, this would be better for the sake of preservation. Allah says:

وَتَحْسَبُهُمْ أَيْقَاظًا وَهُمْ رُقُو
…

Their Sleep in the Cave

Some of the scholars mentioned that when Allah caused them to sleep, their eyelids did not close, lest disintegration took hold

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

18. Ubonye rero ukuntu benisenga bari bameze, wokwibajije ko bakanura kandi basinziriye. Twebwe Allah, Twaguma Tubahindukiza ku rubavu rw’iburyo n’urw’ibubamfu, kugira ibihimba vyabo ntibibore ngo biribwe n’umuswa. Imbwa yabo bari kumwe, yari irambije ku bwinjiriro bwa nya senga nk’aho yoba ibacungereye. Uturukiriye aho bari, ubabonye wari gutungwa n’ayo wameze, wari no kwicwa n’ubwoba budasanzwe. 19. Ni nk’uko nyene rero Twebwe Allah - Twabasinzirije Tukanababungabunga ikiringo kirekire - Twabakanguye mw’itiro, kugira babazanye hagati yabo ku kiringo bamaze basinziriye. Bamwe muri bo bishuye bati: “Twasinziriye umusi umwe canke igice cawo”; abandi na bo bishuye bati: “Imana yanyu Rurema Allah, ni Yo Izi neza na neza ikiringo mumaze musinziriye. Enda nyabuna rero, nimurungikane aya mahera y’amadirhamu umwe muri mwebwe aje mu gisagara, maze abasumire mu mfungurwa zirekuwe, ziryoshe, aheze abazanireko ivyo mufungura, kandi agende yiyorobeka kugira ntihagire n’umwe amumenya ngo dufatwe; 20. Mu vy’ukuri, nihagira abamenya aho muri, baca babatera amabuye gushika mupfe; canke babasubize mw’idini ryabo ryo gusenga ibigirwamana, ico gihe rero ntimuzokwigera mwongera kuronka icobashikana ku ntsinzi y’Ubwami bw’ijuru”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia