Ntumwa y’Imana! Bwira ababangikanyamana uti: “Iyo muba mugaba ibigega vy’impano z’Imana yanje Rurema Allah, zitigera zihera, mwari kuba ingumyi ku gutinya ko muramutse mutanze mwohava mukena, burya zina kiremwa-muntu camye ari impfumbasi, kiretse uwagiriwe impuhwe n’Imana Allah”.