Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Hujurat 49:15 انما المومنون الذين امنوا بالله ورسوله ثم لم يرتابوا وجاهدوا باموالهم وانفسهم في سبيل الله اولايك هم الصادقون ١٥

Ukurasa 517 · Juzuu 26

إِنَّمَا
ٱلۡمُؤۡمِنُونَ
ٱلَّذِينَ
ءَامَنُواْ
بِٱللَّهِ
وَرَسُولِهِۦ
ثُمَّ
لَمۡ
يَرۡتَابُواْ
وَجَٰهَدُواْ
بِأَمۡوَٰلِهِمۡ
وَأَنفُسِهِمۡ
فِي
سَبِيلِ
ٱللَّهِۚ
أُوْلَٰٓئِكَ
هُمُ
ٱلصَّٰدِقُونَ
١٥
Ni ukuri abemeramana koko, ni barya bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo, hanyuma ntibagira amakenga mu kwemera kwabo, maze baharanira n'idini ry’Imana Allah mu gutanga amatungo yabo no mu kwitanga ubwabo. Abo, ni bo rero mvugakuri koko mu kwemera kwabo.
Endelea Kusoma

Soma Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

There is a Difference between a Believer and a Muslim

Allah chastises the bedouins who, when they embraced Islam, claimed for themselves the grade of faithful believers. However, Faith had not yet firmly entered their hearts,

قَالَتِ الاٌّعْرَابُ ءَامَنَّا قُل لَّمْ تُؤْمِنُواْ وَلَكِن قُولُواْ أَسْلَ

…

There is a Difference between a Believer and a Muslim

Allah chastises the bedouins who, when they embraced Islam, claimed for themselves the grade of f

…
Tazama Tafsir

Soma katika Muktadha

14. Ababa mu micungararo y’igisagara ca Madina, barinamuye bavuga bihaya bati: “Twaremeye vy’ukuri Imana Allah n’Intumwa yayoˮ. Muvugishwamana! Babwire uti: “Ntimukihaye ko mwemeye vy’ukuri, ahubwo nimuvuge muti: “Twarabaye abislamuˮ, nayo ukwemera ntikuranyengetera mu mitima yanyu. Nimwumvira Imana Allah n’Intumwa yayo, Imana Allah ntizogabanya na kimwe mu ndishi z’ibikorwa vyanyuˮ. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Nyenimbabazi-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo. 15. Ni ukuri abemeramana koko, ni barya bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo, hanyuma ntibagira amakenga mu kwemera kwabo, maze baharanira n'idini ry’Imana Allah mu gutanga amatungo yabo no mu kwitanga ubwabo. Abo, ni bo rero mvugakuri koko mu kwemera kwabo. 16. Muvugishwamana! Bwira ababa mu micungararo y’igisagara ca Madina uti: “Mbega mubwira Imana Allah ibijanye n’idini hamwe n’ukwemera kwanyu, kandi Imana Allah Izi neza ibiri mu majuru n’ibiri mw’isi! Burya rero Imana Allah, ni Nyenubumenyikurivyose, Irazi neza ivyo mukora n’ivyo muzirikanaˮ. 17. Muvugishwamana! Bakwihayako ko bagukurikiye bakaba abislamu! Babwire uti: “Ntimukanyihayeko ko mwabaye abislamu kuko mwababaye ku neza yanyu; ahubwo Imana Allah Ibihayako ku kuba Yarabashoboje kuba abislamu, mukayemera Yo hamwe n’Intumwa yayo nimwaba muri imvugakuri koko mu kwemera kwanyuˮ. 18. Mu vy’ukuri Imana Allah, Irazi neza ibinyegejwe ibiremwa mu majuru n’isi. Burya Imana Allah, ni Nyenukubona, Irabona neza ivyo mukora kandi Izobibahembera.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Endelea Kusoma

Maelezo na Tafakari

Huna maelezo au tafakari yoyote kuhusu aya hii.

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia