Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Haqqah 69:27 يا ليتها كانت القاضية ٢٧

Ukurasa 567 · Juzuu 29

يَٰلَيۡتَهَا
كَانَتِ
ٱلۡقَاضِيَةَ
٢٧
Yoo! Iyo urupfu napfuye kw’isi rumarira vyose sinzuke;
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Bad Condition of Whoever is given His Record in His Left Hand

These Ayat inform about the condition of the wretched people when one of them is given his Record (of deeds) in his left hand when the people are brought before Allah. At this time he will be very remorseful.

وَأَمَّا مَنْ أُوتِىَ كِتَب

…

The Bad Condition of Whoever is given His Record in His Left Hand

These Ayat inform about the condition of the wretched people when one of them is give

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

19. Uwuzohabwa rero igitabu c’ibikorwa vyiwe mu kuboko kwiwe kw’iburyo, azoca avuga ahimbawe cane ati: “Ehe bantu! Akire, nimwisomere iki gitabu canje; 20. Mu vy’ukuri, nari nzi yuko nzoronka impembo yanje, ndaheza ndayikorera”; 21. Uyo rero, azobaho ubuzima bw’akanyamuneza nta ngere; 22. Bazoba bari mu Bwami bw’ijuru bw’iteka; 23. Ivyamwa vyo muri Bwo vyamira hafi cane, bikamurwa vyoroshe; 24. Bazobwirwa bati: “Nimufungure, mwongere munywe n’akayabagu kenshi ku vyo mwakoze kw’isi”. 25. Nayo uwuzohabwa igitabu ciwe mu kuboko kwiwe kw’ibubamfu, azovuga yihebuye ati: “Amagorwa arama yemwe! Iyo ntahabwa iki gitabu canje; 26. Ngatako simenye impembo yanje; 27. Yoo! Iyo urupfu napfuye kw’isi rumarira vyose sinzuke; 28. Ehe yemwe! Amatungo yanje yose nta co yamariye; 29. Eka n’ivyireguzo vyanje vyose vyampereyeko”. 30. Abamalayika bacungereye umuriro, bazoca babwirwa bati: “Nimufate uyo munyavyaha mukomanye amaboko n’izosi, muce mumudadira n'amapingu; 31. Hanyuma mumujugunyire mu muriro ururumba; 32. Muheze mumuboheshe umunyororo muremure cane”; 33. Mu vy’ukuri, ntiyigeze yemera Imana Imwe Rudende Allah, Nyenicubahirogisumbavyose. 34. Kandi ntiyitaho guhimiriza gufungurira abakenye mu bakene n’aboro, n’abandi. 35. Uno musi rero, nta mukunzi nkoramutima afise ngo amukingire ibihano; 36. Nta n’ibifungurwa ahabwa, atari amashira n’ibindi bitemba biva mu nyenga y’umuriro; 37. Nta muntu anabifungura, atari abanyavyaha b’abahakanyi ruhebwa.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia