Iniciar sesión
Iniciar sesión
Iniciar sesión
Seleccionar idioma

Al-Háy 22:9 ثاني عطفه ليضل عن سبيل الله له في الدنيا خزي ونذيقه يوم القيامة عذاب الحريق ٩

Página 333 · Juz 17

ثَانِيَ
عِطۡفِهِۦ
لِيُضِلَّ
عَن
سَبِيلِ
ٱللَّهِۖ
لَهُۥ
فِي
ٱلدُّنۡيَا
خِزۡيٞۖ
وَنُذِيقُهُۥ
يَوۡمَ
ٱلۡقِيَٰمَةِ
عَذَابَ
ٱلۡحَرِيقِ
٩
Agakebanya izosi ku manyama yirengagiza ukuri, kugira aburagize abantu kwinjira mw’idini ry’Imana Allah. Uyo rero yaragenewe guteterwa kw’isi igihe ikinyoma camutekurukanye, kandi Twebwe Allah Tuzonamuhonja ibihano mu muriro ku musi w’izuka;
reading-goal:continue-reading

Leer q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Clarifying the State of the Leaders of the Innovators and Those Who lead People astray

Allah has already told us about the ignorant imitators who are led astray:

وَمِنَ النَّاسِ مَن يُجَدِلُ فِى اللَّهِ بِغَيْرِ عِلْمٍ وَيَتَّبِعُ كُلَّ شَيْطَنٍ مَّرِيدٍ

(And among mankind is he who disputes about Alla

…

Clarifying the State of the Leaders of the Innovators and Those Who lead People astray

Allah has already told us about the ignorant imitators who are l

…
Ver tafsirs

Leer related-content

8. Mu ndongozi z’abagarariji mu bantu rero, harimwo uwuharira ku bijanye n’isengwa ry’Imana Imwe Rudende Allah, irungikwa ry’Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) hamwe n’imanurwa rya Qor’ani, agaharira kuri ivyo ata n’ubumenyi abifiseko, ata n’uburongozi, eka ata n’ivyemezo bitomoye yisunga biri mu Gitabu kivuye ku Mana Allah; 9. Agakebanya izosi ku manyama yirengagiza ukuri, kugira aburagize abantu kwinjira mw’idini ry’Imana Allah. Uyo rero yaragenewe guteterwa kw’isi igihe ikinyoma camutekurukanye, kandi Twebwe Allah Tuzonamuhonja ibihano mu muriro ku musi w’izuka; 10. Azobwirwa ati: “Ivyo bihano wahawe, vyatewe n’ivyaha wakoze kw’isi, n’uko rero Imana Allah Itigera Irenganya n’umwe mu biremwa, mu kugabanywa ku vyiza canke mu kurengerezwa ku vyaha; n’aho koba akantu kangana n’inzatsa Izokamuhembera”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Notas y Reflexiones.

reflection-not-available

Notes placeholders

Mantente conectado al Corán ❤️

Breves recordatorios significativos para reconectar, reflexionar y mantenerse conectado con el Corán.

Lea, escuche, busque y reflexione sobre el Corán

Quran.com es una plataforma confiable utilizada por millones de personas en todo el mundo para leer, buscar, escuchar y reflexionar sobre el Corán en varios idiomas. Ofrece traducciones, tafsir, recitaciones, traducción palabra por palabra y herramientas para un estudio más profundo, haciendo que el Corán sea accesible para todos.

Como Sadaqah Jariyah, Quran.com se dedica a ayudar a las personas a conectar profundamente con el Corán. Con el apoyo de Quran.Foundation , una organización sin fines de lucro 501(c)(3), Quran.com continúa creciendo como un recurso gratuito y valioso para todos, Alhamdulillah.

Navegar
Inicio
Radio Coránica
Recitadores
Sobre nosotros
Desarrolladores
Actualizaciones de productos
Retroalimentación
Ayuda
Donar
Nuestros Proyectos
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Proyectos sin fines de lucro adquiridos, administrados o patrocinados por Quran.Foundation
Enlaces populares
Súplicas del Corán
Versículo del Corán del día
Ayatul Kursi
Yasin
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqiah
Al-Kahf
Al Muzzammil
Mapa del sitio webPrivacidadTérminos y condiciones
© 2026 Quran.com. Reservados todos los derechos
Contribuir