Ingia
Ingia
Ingia
Chagua Lugha

Al-Hadyd 57:25 لقد ارسلنا رسلنا بالبينات وانزلنا معهم الكتاب والميزان ليقوم الناس بالقسط وانزلنا الحديد فيه باس شديد ومنافع للناس وليعلم الله من ينصره ورسله بالغيب ان الله قوي عزيز ٢٥

Ukurasa 541 · Juzuu 27

لَقَدۡ
أَرۡسَلۡنَا
رُسُلَنَا
بِٱلۡبَيِّنَٰتِ
وَأَنزَلۡنَا
مَعَهُمُ
ٱلۡكِتَٰبَ
وَٱلۡمِيزَانَ
لِيَقُومَ
ٱلنَّاسُ
بِٱلۡقِسۡطِۖ
وَأَنزَلۡنَا
ٱلۡحَدِيدَ
فِيهِ
بَأۡسٞ
شَدِيدٞ
وَمَنَٰفِعُ
لِلنَّاسِ
وَلِيَعۡلَمَ
ٱللَّهُ
مَن
يَنصُرُهُۥ
وَرُسُلَهُۥ
بِٱلۡغَيۡبِۚ
إِنَّ
ٱللَّهَ
قَوِيٌّ
عَزِيزٞ
٢٥
Ni ukuri Twebwe Allah, Twarungitse Intumwa zacu zibangikanije ivyemezo bitomoye; Tuzimanurira n’Ibitabu birimwo amabwirizwa; Tumanura n’umunzani werekana ubutungane nya butungane, kugira abantu babeho bubahiriza ubutungane hagati yabo; Tumanura n’icuma rero gifise ubukomezi nta ngere, kikagira n’ibintu vyinshi ngirakamaro ku bantu. Ivyo vyose, kwari ukugira Imana Allah Yerekane ku vyo Isanzwe Izi, uwuharanira idini ryayo agatabara n’Intumwa zayo atarigera ayibona n’amaso. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Nyeninguvu, Nyenintsinzi-Mutaneshwa.
reading-goal:continue-reading

Soma q-and-a.tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Prophets were given Miracles and Sent with truth and Justice

Allah the Exalted said next,

لَقَدْ أَرْسَلْنَا رُسُلَنَا بِالْبَيِّنَتِ

(Indeed We have sent Our Messengers with clear proofs) in reference to the miracles, the unequivocal evidences and the plain proofs,

وَأَنزَلْنَا مَعَهُمُ الْكِتَبَ

(a

…

The Prophets were given Miracles and Sent with truth and Justice

Allah the Exalted said next,

لَقَدْ أَرْسَلْنَا رُسُلَنَا بِالْبَيِّنَتِ

(Indeed We have

…
Tazama tafsirs

Soma related-content

25. Ni ukuri Twebwe Allah, Twarungitse Intumwa zacu zibangikanije ivyemezo bitomoye; Tuzimanurira n’Ibitabu birimwo amabwirizwa; Tumanura n’umunzani werekana ubutungane nya butungane, kugira abantu babeho bubahiriza ubutungane hagati yabo; Tumanura n’icuma rero gifise ubukomezi nta ngere, kikagira n’ibintu vyinshi ngirakamaro ku bantu. Ivyo vyose, kwari ukugira Imana Allah Yerekane ku vyo Isanzwe Izi, uwuharanira idini ryayo agatabara n’Intumwa zayo atarigera ayibona n’amaso. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Nyeninguvu, Nyenintsinzi-Mutaneshwa. 26. Ni ukuri, Twaranarungitse Nuhu na Ibrahimu ku bantu babo, maze Tugira no mu ruvyaro rwabo Abavugishwamana Tubaha n’Ibitabu. Muri nya ruvyaro rwabo rero, harimwo umugororotsi, abenshi muri bo bakaba ari ibigaba birenga ku mabwirizwa y’Imana Allah. 27. Mu nyuma y’irungikwa rya Nuhu na Ibrahimu, Twakurikije izindi Ntumwa zacu, maze Dukurikiza irungikwa rya Isa mwene Mariyamu, maze Tumuha n’Injili, Turaheza Dushira mu mitima y’abamukurikiye ikigongwe n’impuhwe, bakaba barakundana koko. Mu nyuma, badukanye ukwihebera Imana Allah mu buryo bw’indenzarugero, eka mbere ntitwigeze Tubibategeka, bavyadukanye mu ntumbero ngo yo gushimisha Imana Allah, ariko ntibavyubahirije ukuri kwo kuvyubahiriza, Turaheza rero Duha abemeye Imana Allah n’Intumwa zayo muri bo, indishi yabo hisunzwe ukwemera kwabo, abenshi muri bo ni ibigaba birenga ku mabwirizwa y’Imana Allah. 28. Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo! Nimushishikare kwubahiriza amabwirizwa y’Imana Allah no kwemera Intumwa yayo, Imana Allah Izoheza Ibahe impuhwe zayo zigwijwe kabiri, Yongere Ibahe n'umuco mugenderako mu bugurorotsi bwanyu, Ibagumirize n’akabanga ku vyaha vyanyu ntimubihanirwe. Burya Imana Allah, ni Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo. 29. Bemeramana! Imana Allah Yabahaye ivyo vyose, kugira abahawe Igitabu batemera Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) bamenye, ko ata co bashoboye kwiha canke kubuza ko gishikira uwundi mu mpano z’Imana Allah, n’uko mu vy’ukuri impano zose ziri mu minwe y’Imana Allah, Izihereza uwo Ishatse mu baja bayo. Burya Imana Allah, ni Nyenubugwaneza, Nyeningabirano zihambaye.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

reading-goal:continue-reading

Maelezo na Tafakari

reflection-not-available

Notes placeholders

Endelea Kuungana na Qur'ani ❤️

Vikumbusho vifupi vyenye maana vinavyoweka upya maisha yako, kukusaidia kutafakari na kuendelea kushikamana na Qur'ani.

Soma, Sikiliza, Tafuta, na Tafakari Qur'ani

Quran.com ni jukwaa linaloaminika na linalotumiwa na mamilioni duniani kote kusoma, kutafuta, kusikiliza na kutafakari kuhusu Qur'ani katika lugha tofauti. Inatoa huduma za tarjuma, tafsiri, vikariri, tarjuma ya neno kwa neno, na zana za ufahamu wa kina, kuifanya Qur'ani ipatikane na kila mtu.

Kama mbinu ya Sadaqah Jariyah, Quran.com imejitolea kusaidia watu kuunganishwa kwa kina na Qur'ani. Ikiungwa mkono na Quran.Foundation , shirika lisilo la faida la 501(c)(3), Quran.com inaendelea kukua kama rasilimali ya bila malipo na yenye thamani kwa wote, Alhamdulillah.

Chunguza
Nyumbani
Redio ya Qur'ani
Wasomaji
Kutuhusu
Watengenezaji
Sasisho za Bidhaa
Maoni
Msaada
Changia
Miradi Yetu
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Miradi isiyo ya faida inayomilikiwa, kusimamiwa, au kufadhiliwa na Quran.Foundation
Viungo Maarufu
Dua kutoka Quran
Aya ya Quran ya Siku
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
Ramani ya tovutiFaraghaSheria na Masharti
© 2026 Quran.com. Haki Zote Zimehifadhiwa
Changia